Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inyuma y’igihe kitari gito bataboneka, umurwi indimu wagarutse na (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > INDIMU Group > Amasanamu > Inyuma y’igihe kitari gito bataboneka, umurwi indimu wagarutse na (...)

Inyuma y’igihe kitari gito bataboneka, umurwi indimu wagarutse na bishasha

lundi 17 Munyonyo 2014

Hari haheze igihe kitari gito umurwi "INDIMU TwinMagic" utaboneka cane ku kibuga c’umuziki canke mu biganiro bitandukanye n’ibimenyeshamakuru, umurwi wagarutse n’isanmu n’ururirimbo bishasha.

Umurwi "INDIMU Magic TwinMagic" basohoye isanamu y’ururirimbo "Mbabarira" yakozwe n’uhinyanyuzi Black Arthur asigaye ari rurangiza mu masanamu. Ururirimbo "Mbabarira" rwumvikanamwo gusaba imbabazi aho umuhungu afatwa ariko avanga uwo bakundanye. Uwo rero yahisemwo gusaba imbabazi.

Raba aha munsi isanamu y’ururirimbo "Mbabarira" rw’umurwi INDIMU TwinMagic


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.