IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Kook-k > Amasanamu > Kook-k yerekanye uwundi mukobwa ari gusa mw’isanamu nshasha

Kook-k yerekanye uwundi mukobwa ari gusa mw’isanamu nshasha

lundi 2 Ruhuhuma 2015

Habib Juma azwi kw’izina rya Kook-k yasohoye isanamu y’ururirimbo"I feelin it" yakorewe mu nzu y’ubhinyanyuzi imwegukira. Isanamu ibonekamwo umukobwa yambaye uduhuzu duto dupfuka ibihimba vy’irondoka.

Muri kamere ku muririmvyi Kook-k, amasanamu yiwe atari make ntiyibagira gushiramwo umukobwa yambaye utwo duhuzu dupfuka ibihimba vy’irondoka, ariko uyiravye neza iyi sanamu "I’m feelin it"urabona aho uwo asa n’uwiyambura utwo duhuzu nyene. Kook-k aririmba ati:" Ndavyumvira mu mutima, ndavyumvira mu mushaha,...mu mwijima umbera itara, mu mvura umbera umutaka, ...iyi ndirimbo ni iyawe mukunzi wanje, wewe ufise ubwiza bw’Afrika n’ibara ry’Uburundi...".

Rab aha munsi isanamu y’ururirimbo "I’m feelin it" rwakorewe muri Golden Star Entertainment, inzu y’ubuhinyanyuzi ya Kook- k.


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.