Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Nziza Desire > inkuru > Mbega abantu Nziza Désiré yama aririmba boba bamumariye iki?
Mbega abantu Nziza Désiré yama aririmba boba bamumariye iki?
jeudi 8 Rusama 2014
Umuririmvyi w’umurundi ari mu mahanga Nziza Désiré aherutse gushira ahabona ururirimba rufise amajambo y"Imana menshi kandi n’impanuro nyishi. Hari n’amazina y’abantu bumvikana mu ruririmbo, abenshi baribaza abo bantu abaribo n’ico bamariye uwo muririmvyi.

"Inkoni Y’Umutima" n’ururirimbo rushasha rwa Nziza Désiré, ururirimbo rubaza umwe wese igituma tugira ishari, arabaza ati:"kuki dukunda agapfa?". Nziza abaza kandi ati:"Inkoni y’umutima?", bamwishura bati:"Kwinumira." Uwo muririmvyi yemezako tubayeho ku bw’Imana.
Hari amazina y’abantu akunzwe kuvugwa mu ndirimbo nyinshi za Désiré ayo ni nka ya akwirikira:
1) Vicent Nzosaba
2) Patrick Buta
3) Louis Ntibuberwa
4) Libérat Hicintuka
5) Claude Munezero, n’abandi
Muri urwo ruririmbo, Désiré Nziza yibaza wenye ati:"Iyo ataba Vicent Nzosaba, Nziza aba ari iki? eka, abo bose arabahetura yibaza ico kibazo. None mwomenya abo bantu Nziza akunda kuririmba nimba bamumariye iki?
Umviriza aha munsi amajambo mubone n’isanamu y’ururirimbo" Inkoni Y’umutima "
Chérif Nkeshimana
Messages
8 Munyonyo 2014, 22:41, par abdoul 79135320
Ndifuza kumenya amakuru yanziza desire
8 Munyonyo 2014, 22:41, par abdoul 79135320
Ndifuza kumenya amakuru yanziza desire
10 Munyonyo 2016, 22:05, par No Beaf Omer
Mugezeh Ka Mukunz Wacu Turabakumbuy Cane Gir Vuba Mugaruk Mugihug Camavukir