IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Mkombozi > Amasanamu > Mkombozi na K-Ross basohoye isanamu y’ururirimbo"Ndakuzirikana": (...)

Mkombozi na K-Ross basohoye isanamu y’ururirimbo"Ndakuzirikana": Amafoto

mercredi 29 Gitugutu 2014

Isanamu y’ururirimbo "Ndakuzirikana" yagiye ahabona, n’ururirimbo rwakozwe n’abaririmvyi Mkombozi na K-Ross wo mu Rwanda, isanamu ikozwe mu maguru masha kuko nta minsi iheze ururirimbo rusohotse.

Inyuma y’amezi atari make Mkombozi ategura gukorana ururirimbo na K-Ross wo mu Rwanda ariko umwanya ukamubera impambamyi kubera cane cane ibikorwa vya Primusic, igikorwa bakoranye carangiye. Isanamu y’ururirimbo "Ndakuzirikana" bakoranye yasohotse.

Tubibutse ko Mkombozi yatanguye kuja mu Rwanda kugira bakorere amajwi mu nzu y’ubuhinynyuzi Super Star Records. Abarundi bati:" Iminwe iryoha inyurana", K-Ross nawe yaciye yemera ko isanamu ikorerwa mu Burundi. Iyo sanamu rero yakozwe n’umuhinga yemewe mu masanamu y’i Burundi Black Arthur.

JPEG - 323.8 ko
Mkombozi na K-Ross ku kibuga c’indege ca Bujumbura

Ubutumwa bwumvikana cane mu ruririmbo "Ndakuzirikana" ni amajambo y’urukundo.

Raba aha munsi isanamu wongere wumvirize amajambo ari mu ruririmbo.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.