IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Spok’s > Amasanamu > Mw’isanamu y’ururirimbo"Utayaona"Spok’s akebura urwaruka

Mw’isanamu y’ururirimbo"Utayaona"Spok’s akebura urwaruka

lundi 10 Munyonyo 2014

Isanamu y’ururirimbo "Utayaona"yasohotse, Spok’s ari mu baririmvyi bake bashobora gukora isanamu y’ururirimbo inyuma y’iminsi mikeyi. Ati:" ni wakura uzobibona.

Nta minsi myinshi yari ihaciye Spok’s asohoye amajwi y’ururirimbo "Utayaona", ubu naho yashize ahabona isanamu y’ururirimbo "Utayaona". Nk’uko Spok’s akunze gutanga ubutumwa bujanye n’ubuzima bw’abantu mu mibano yabo, eka no mu ruririmbo "Utayaona" rufise ubutumwa nk’ubwo. Ariko Spok’s agaruka cane ku buzima bw’urwaruka. Ati:" Tubona turya tukambara ariko ntitumenye ko abavyeyi bibagora kuronka ariko tugatako tugafyina, tukipfuza ibirenze twabibura tukarira ngo batubaniye birenze. Hari umunsi uzobona ko ivyo wibaza atari vyo ko habura uburyo bwa vyo. Utayaona, niyo wakura uzobibona". Spok’s ati:"Sinotunga agahinda abagenzi bo ntwenga nshaka igitabo.."
".

Tubibutse ko uwo muririmvyi akunze gusohorera indirimbo ziwe mu nzu y’ubuhinyanyuzi "Mira Mira Films" ikoreramwo umuhinyanyuzi Johnny B.

Raba ariko wumvirize cane cane amajambo ari mu ruririmbo"Utayaona"


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.