IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Yvan Muziki > Umuririmvyi Yvan Muziki yaraye atahutse i Burundi, yahora he?

Umuririmvyi Yvan Muziki yaraye atahutse i Burundi, yahora he?

dimanche 13 Ndamukiza 2014

Abakunzi b’umuririmvyi Yvan Muziki bari bamaze igihe bamwe muri bo batazi iyo yagiye. Ariho kandi arakomeye, yari mu kazi kiwe ka minsi yose mu mahanga none yaraye atahutse mu Burundi.

Kwirikirana aha munsi ingene yakiriwe ku kibuga c’indege ca Bujumbura, mwumve n’ibibazo yishuye abamenyeshamakuru ku bijanye n’urugendo yahoramwo n’ivyo yarimwo.


Chérif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.