Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umuririmvyikazi Ashley asaba umugabo wiwe amukoreko adatinya - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Ashley Girukwishaka > Amasanamu > Umuririmvyikazi Ashley asaba umugabo wiwe amukoreko adatinya

Umuririmvyikazi Ashley asaba umugabo wiwe amukoreko adatinya

samedi 20 Nyakanga 2014

Umuririmvyikazi Ashley amenyesha ko isanamu y’ururirimbo yiwe "nkorako" izoza irusha izo amaze gukora zose. Imaze iminsi iriko ifatirwa mu gatumba, mu minsi mikeyi abakunzi b’umuziki wiwe barabona iyo sanamu.

JPEG - 93.6 ko
Ashley n’abatamvyi biwe bari mw’isanamu

Umuhinyanyuzi Black Arthur afise igikorwa kitoroshe co gukora isanamu y’ururirimbo "Nkorako"ya Ashley. Amashusho y’isanamu ariko afatirwa mu Gatumba nk’uko uwo muririmvyi nyene abitubwira. Isanamu irashobora guteba gato, Ashley ati: "Naho yoteba ntoyorenza indwi zibiri".

Amwe mu majambo nkoramutima ari mu ndirimbo avuga uku:" Oya sintaha...nsasira ryame...urukundo nkukunda..ruzotuma mugabo nkugwinyuma". Arongera ati:" Nkorako mugabo wanje, umfumbatire nanje kwiteho..."

Umviriza aha munsi amajambo nkoramutima y’urukundo avugwa muri uru ruririmbo "Nkorako"


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.