Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Yoya ati: "Ico kintu umuntu yiyumvira ku wundi nico nise mot de (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Yoya Jamal > Yoya ati: "Ico kintu umuntu yiyumvira ku wundi nico nise mot de (...)

Yoya ati: "Ico kintu umuntu yiyumvira ku wundi nico nise mot de Passe"

jeudi 6 Ntwarante 2014

Umuririmvyi Yoya aherutse gushira ku mugaragaro amasanamu meza y’ururirimbo "Mot de Passe".

Amasanamu y’ururirimbo "mot de pass" yakozwe n’umuhinyanyuzi Black Athur. Amajambo avugwa muri urwo ruririmbo naya akwirikira:

Uwo muririmvyi asigura uwo mutwe w’ururirimbo avugako ati:" Nanditse rurya ruririmbo kuko vyama bishika mu buzima bwa misi yose, muri kamere umuntu yama ashaka gushaka kumenya ico uwundi amwiyumvirako. Iyo umuntu akunda uwundi wewe n’ibindi, ico kintu umuntu yiyumvira ku wundi nico nise mot de passe".

Amwe mu masanamu aboneka mu ruririmbo :

Kurikirana ururirimbo "mot de Passe" rw’umuririmvyi Yoya Jamal


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.