Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > B-Face On The’flo > Inkuru > B Face avuga ko ata ngorane afitaniye n’abakora indirimbo zihayagiza Imana (...)
B Face avuga ko ata ngorane afitaniye n’abakora indirimbo zihayagiza Imana mu mudiho wa Rap
mardi 13 février 2018
Mu ruririmbo « hitamwo », B-Face yaravuzemwo abaririmvyi batari bake nka Big Zoé, Prince Mshindi,G N ku majambo bakunze gukoresha mu ndirimbo basanzwe bakora, canke inyifato zabo, ku bwiwe akabona ko ataho bihuriye n’uko umuntu asenga Imana yategerejwe kumera, akavuga ko bakwiye kureka gukoresha amajambo « atabereye » mu ndirimbo z’Imana.
B- Face ati :« Hindura canke uvemwo. »
Ku boba biyumvira ko hari ingorane canke ukutumvikana hagati ya B Face n’abaririmba indirimbo zihayagiza Imana bakoresheje Rap, B-Face avuga ko ata kibazo na kimwe kiri hagati yiwe n’abo, akamenyesha ko yasohoye ivyiyumviro vyiwe, kandi abantu benshi basanzwe banegura.
Umuririmvyi B-Face avuga ko abo yavuze mu ndirimbo mu bose ari abagenzi, kandi akabona ko ata ngaruka mbi zizoba hagati y’abo.
Umviriza indirimbo ’’Hitamwo’’ ya B-Face :
BUKURU Pacifique
Messages
17 février 2018, 16:25, par Chris ma
Poa Poa B Face Bahe Narinababwiye barank ngir weho bokwumvir poa man
7 mai 2018, 22:12, par SIRIYAKE.CANKE WASILI
Andika hano b face komeracane ndagushigikiye kora banajaribu kugusoma arakini ahusomeki wekomera urasohora akarikumutima kagasesekara kumunwa ivyo uvuga nivyo ndagushigikiye komera.kandindandasavye bareke kukwiyumvira URISHEFU WALAP NAKUBARI
7 mai 2018, 22:40, par siliyake canke wasiri
Andika hano jewe ndumufana kubaririvyi babarundi.b face ivyiyumvirovyiwe ndabifa akora ikintukumwanya atakujaganya.nivyizacane jndabishimacane.b face nkagumandamutera intege.nkasaba imana izofashe ndapurenkawe.76105575
28 mai 2018, 22:18, par Ebert Igiraneza
B Face Ni Umuririmvyi Mwiza Mumudiho Mwiza Cane Tumuri Inyuma
23 juin 2018, 01:23, par Niyonkuru ismael
B face komera kur rap inzir niyo komerezaho hip p urayishoboy sana ntukekeranya .nasema big up sana
7 août 2018, 15:00, par Salomon Sinzoyiheba Di Fils Pro Lyzer
B Face On The Flo Best Rapper.Big up mazee ntawuja inyuma kuko we tumubwirwa na vina.respect bro turinyuma yawe your fans.
15 août 2018, 14:47, par Irakoze Berthin Alias Pro Allan Kiss
Ee Manje Gushimira Uwo Muhanzi B-face Kukungene Aguma Aduha Indirimbo Ziri Mwibanga Ya #hip_Hop Nkab Kand Mboneyeho Nakaryo Ko Kumukeza Kundirimbo Nshasha Aherutse Ziswe Nka #hitamwo, #impamvu Hamwe Na #ibiri_Kumutima_5 Nkab Nasaba Imana Rugra Vyose Ko Yomuja Imbere Kuruwo Mudiho Wa Hip Hop Akaguma Ari Imbere Muba #rappeur Bose Biburundi. Murakoze Imana Imurinde Nakare Basokuru Barayamaze Ngo:abagabo Batangana Ntibisigira Hamwe Kandi Ngo:agafuni K’imboro Kabagara Umujojo W’umutuba Yari Allan Kiss Mtoto Wa Ngozi,tangara,nyagatovu,rukongwa