Big Fizzo : Video "ya Urambabaza" yagiye ahabona

Yanditswe na Cherif NKESHIMANA
Kuya 20 Mukakaro 2017 saa 11:21
Yasomwe : 31653
0 0

Isanamu y’ururirimbo urambabaza rwa Big Fizzo yasohotse iri mu rutonde rw’indirimbo uwo muririmvyi ariko ashira mu rukurikirane yise FIZZOLOGY.

Abamaze kubona iyo sanamu ku rubuga rwa Youtube rwa Big Fizzo babandanya kumukeza ko ari isanamu nziza, ikozwe kandi mu buhinga bwa none

Isanamu yakozwe n’umuhinyanyuzi Kent P asanzwe akorana na Sat=b

Irabire uko isanamu y’ururirimbo ikoze


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha