IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Emery Sun > inkuru > Suzy yemanze ko akunda Emery sun birenze

Suzy yemanze ko akunda Emery sun birenze

jeudi 3 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Hari ku munsi w’igenekerezo rya 01 Myandangaro, aho Suzy, umukunzi wa Emery Sun yari aramutse ahimbaza umunsi mukuru w’amavuka wiwe. Muri urwo rubanza rw’umunezero, Emery ntiyatanzwe kwifadikanya na Suzy. Aho baboneka ku mafoto bafatanye nk’abariko batamba. Ikiruta vyose, ni amajambo Suzy yanditse aciye ku rubuga rwiwe rwa Whatsapp aho ashimira Emery Sun.

Suzy ntarya umunwa mu kuvuga ko atoronka aho ahera mu gushimira Emery Sun kuvyo yamukoreye. Suzy avuga ko atozokwibagira uwo munsi.

Mu majambo yanditse, Suzy aravuga ko amukunda cane gushika naho amwita ngo "my sun", bisigura "kazuba kanje".


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.