Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Yoya Jamal > Indirimbo > Mu ruririmbo "IBIGAMBO", Yoya ababazwa n’umukunzi wiwe yumviriza (...)
Mu ruririmbo "IBIGAMBO", Yoya ababazwa n’umukunzi wiwe yumviriza insaku
mercredi 15 Gitugutu 2014
Yoya yasohoye ururirimbo rushasha ruvuga uko amajambo y’insaku yica urukundo agasambura ingo. Mu citabirizo Yoya agira ati : "Nshaka kumenya nimba unyizera canke wizera ivyo baza bakubwira".

Ururirimbo "Ibigambo" rwaraye rusohotse rukubitira urugohe abakundana ariko babanga amatwi bumviriza insaku zivugwa hirya no hino kandi ukuri kuba kuriho. Ati :" Urusaku rusambura izubatse." Yoya avuga kandi ati : "Bakubwira i buryo bakubwira i bubamfu bakubwira, bakubwira urusaku bakubwira, ibigambo bakubwira. Uguma urondera uca irya n’ino urondera ukuri kandi ukuzi".
Umviriza ururirimbo"IBIGAMBO" rwa Yoya
Cherif Nkeshimana
Messages
19 Gitugutu 2014, 10:49, par Juste
Ndamushimiye yoya kukunt adehengeshanya mu kuduhanura twebwe abakundanye
25 Myandagaro 2015, 12:21, par Jacques NDUWARUGIRA
Nukwihangana
31 Myandagaro 2015, 22:33, par Adrien Nitang
Ndamukunda Yoya Nater .Imber
1er Gitugutu 2015, 07:49, par japhar kassimu
ndamukunda yoya niweyatu mye umukunzi wanje yisubirako kubera urururimbo igambo naterimbere.bigapu
17 Gitugutu 2015, 08:51, par KISEKEDI STEVE
NDAMUKUNDA YOYA ,KUKO INDIRIMBO ZIWE ZOSE ARIMPANURO KUBUNYAGIHUGU WOSE EKA NOHANZE Y’IGIHUGU.YOYA AHURIHOSE NIWIRAMBIRE KUKO URABIKWIYE NATWE TUKURI NYUMA .
21 Gitugutu 2015, 22:43, par mwiteneza
ndamukund yoya kuko ariweyatu mye umukuziwanje yikubita agshi akihanura kandi indirimbo ziweziri mwo,impanuronyishi kand zubaka yoya niwirambir urabikwiyepe natwetukuri inyuma
27 Gitugutu 2015, 23:58, par Acb
Yoya Jewendi Number1 Kugukunda Kuraje Tubwire Ibishasha Udufitiye Turagukumbuye Courage
20 Ndamukiza 2016, 21:44, par Alegixandre
Yarakoze kuko Yaraduhanuyejewenumukunzi Iyondirimbo Ibigambo Aragahoragutwo
20 Ndamukiza 2016, 22:01, par Alexandre
Yoya Indirimbozawezirampanura Nacanecanejewenumukunzi Irambire Imana,igufa
21 Ndamukiza 2016, 21:27, par Alexandre
Yoya Uvukahe?
22 Rusama 2016, 09:16, par Miburo Isa
Rwara Tunejeje Nakomere Zaho Aza Tubwirira Abakunzi Bacu
26 Rusama 2016, 22:15, par yahyaa
bonjour yoya mugireimigishakwurizondirmbn jendi yahya umufazawawe
14 Mukakaro 2016, 12:14, par MISTA JAPHETY ROGER
VYIZA MURUKUNDO NIBISHAKIRWA KOWUMVA AMABWIRE,YABANT.
4 Nyakanga 2016, 13:03, par kanyomvya abdoul
ndayishimyecane
21 Gitugutu 2016, 13:42, par SANFOUS NAHUMUREMYI
NKUNDA YOYA NDI MUSICIEN SANFOUS KUKIMUTATWIBUKA?NUKOTUTARAVUMA
26 Gitugutu 2016, 22:17, par NDAYISIMIYE
Yoya ndagukund komer k-umuheto IMANA ikuzigame muvyo ukora vyos.
30 Mukakaro 2017, 14:26, par Ndayishimiye
niwirambir Muvy Uko Ugu Uter Imbere
20 Gitugutu 2018, 11:06, par Nijimbere Abraham
Murusaku Harimwo Ukuri N’ububeshi.Womenya Uwushaka Kuguteranya Gute Uri Murukundo?