Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Kwidagadura \BB umucuraranzi \BB Yoya Jamal \BB Indirimbo
Umviriza "Imagine in Burundi" ururirimbo rwasubiwemwo na Yoya
Yanditswe taliki ya 7-03-2015 - isaha 17:42'

Yoya Jamal yasohoye isanamu y’ururirimbo yasubiyemwo ari kumwe n’abana hamwe n’umurwi Nkunda Abantu.

Ururirimbo "Imagine"rwa John Lennon umuririmvyi wo mu Bwongereza wo mu myaka y’i 1960, rwasubiwemwo na Yoya Jamal ari kumwe n’abana hamwe n’umurwi Nkunda Abantu. Urwo ruririmbo rwasubiwemwo kw’izina "Imagine in Burundi".

Urwo ruririmbo rubonekamwo imidiho kavukire(amakembe)bivuzwa na Alfred na Bernard hamwe n’ingoma.

Ururirimbo "Imagine" rwasohotse mu myaka y’i 1988 ruri mu rukurikirane "Imagine"

Umviriza uko urwo ruririmbo rwasubiwemwo

Ivyiyumviro vyanyu

Yoya jamani numuririmvyi aririmba uturirimbo turyoshe kand tutwenza nabandany turamuhay courage

7.04.2018 à 06:55
Bizimana gaspard

YOYA JAMAN NDAMUKEJE KUNDIRIMBO ZIWE ZIMARA COURAGE

10.02.2018 à 15:54
NSENGIYUMVA VICTOR

YOYA NDAMUKUND KUKO AFISE IVYIYUMVIRO BIKOMEYE KANDI VYUBAKIGIHUGU NKANAKUNDA INDIRIMBO ZIWE GOSE NAKOMEZE

28.01.2018 à 00:52
richard

Mbega Ubur Mugihugu Ikih? Jendi Muri Komine Mwakiro Ndipfuza Kukubona Wahishikiye Ok

26.05.2017 à 20:23
Bienvenue

Twese Turaguvana Kukokweli Ukora Ibikor Inka. Ahubwo Terimbere.

26.05.2017 à 20:15
Bienvenue

YOY TOKUBONA GUT NDAGUKUNDA KUBERA WARMV WIYUSTA GUT

4.04.2017 à 21:44
KAZADI

Abantu Batarameny Kwandik Turabasavy Mubemwandik Ibishobok Gusomek Yoy Naw We P6 niwirambir

31.03.2017 à 20:18
EGIDE NDAYISHIMIYE

NONE YOYA NDAMUHAY KURAJE MUBINTU ARIKO ARAKORA IBITANGAZ VYOKURYOSHA ABANT BESHI.

27.02.2017 à 14:21
SADI NTIRAMPEB

Yoya Ndemera Indirimbo Asohora

18.02.2017 à 05:25
Sabushimike

Umuzikiwanyu Uraryoshe Gerageza Mugume Mufonda.

17.02.2017 à 16:55
Emmanuel Hakizimana

yoya jamani natuma menya ko tuvugana

7.02.2017 à 17:11
Yoya

Yoya ndaknda indirmbo zaw ndmra ukuntu utuj kd ndaknda ukntu indirmbo zaw zurimwo logik n’amajambo y’ikirundi gikuze

2.02.2017 à 20:42
Didi Ange

Yoya ndaknda indirmbo zaw ndmra ukuntu utuj kd ndaknda ukntu indirmbo zaw zurimwo logik n’amajambo y’ikirundi gikuze

2.02.2017 à 20:41

2.02.2017 à 20:40
Didi Ange

Yoya ndaknda indirmbo zaw ndmra ukuntu utuj kd ndaknda ukntu indirmbo zaw zurimwo logik n’amajambo y’ikirundi gikuze

2.02.2017 à 20:40
Didi Ange

Yoya Ndagukunda Vyukuri Peeee!!Shalom

22.01.2017 à 08:28
Toyi Hilaire
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.