Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Happy Famba > Amasanamu > Raba intambo ziyobeye ziri mw’isanamu y’ururirimbo"Ni wewe" rwa Happy (...)
Raba intambo ziyobeye ziri mw’isanamu y’ururirimbo"Ni wewe" rwa Happy Famba
mardi 21 Ndamukiza 2015
Isanamu ya Happy Famba y’ururirimbo yise"Ni wewe" yasohotse, iravugwamwo agace gatoyi ku ruririmbo rwa Knowless wo mu Rwanda. Irimwo kandi uduce twinshi twerekana aho Famba aba kigwanirwa n’abakobwa.

Happy batazira "Mkali wa show", aririmba ati:"Ni wewe", iyo sanamu ibonekamwo abakobwa batamba biyahagura n’utubutura tugufi n’amashesheti maremare. Famba arakoresha kandi agace k’ururirimbo rwa Knowless, umuririmvyikazi wo mu Rwanda.

Raba aha munsi uko isanamu n’intambo zirimwo bimeze
Cherif Nkeshimana
Messages
21 Ndamukiza 2015, 14:21, par evariste
Ntabintu. Izi butura nizo yabonye zibereye abakobwa bomutambira mu ndirimbo? barataye umuco.