Rally Jo yishuye ibibazo vy’abakunzi biwe bamusaba gusubiramwo ururirimbo "Kuri ka Kagezi". Urwo ruririmbo rwasubiwemwo mu ntumbero yo kurushira mu mudiho ugezweho nk’uko yagumye abisabwa na benshi mu bakunzi biwe.
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Rally Joe > indirimbo
indirimbo
-
Rally Joe: Umviriza ururirimbo "Kuri ka kagezi" rwasubiwemwo
21 Mukakaro 2017 -
Rally Jo yasohoye ururirimbo rusaba umukunzi wiwe kurahira
4 Ntwarante 2015Umuririmvyi Rally Joe yasohoye urundi ruririmbo ruje ruvuga amajambo y’urukundo. Nk’uko ubutumwa atanga mu ndirimbo ziwe kenshi buba buhanitse gutahura cane cane amajambo arimwo, Rally Joe aririmba ati : "Rahira".
Muri "Afro Music Studio", n’umuhinyanyuzi Amili Pro, niho hakorewe ururirimbo rushasha rwa Rally Joe "Rahira". Ati : "Rahira kutazonsiga mu mayira abiri","Rahira ushireko n’ikidodo ko ari wewe...Rahira kutazompemukira."
Rally Joe atangura avuga ko gukunda bibaho kandi vyamaho, (...) -
Impanuro
11 Ndamukiza 2013 -
nzoza
19 Ruhuhuma 2013 -
Isango
19 Ruhuhuma 2013