IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Rally Joe > indirimbo > Rally Jo yasohoye ururirimbo rusaba umukunzi wiwe kurahira

Rally Jo yasohoye ururirimbo rusaba umukunzi wiwe kurahira

mercredi 4 Ntwarante 2015

Umuririmvyi Rally Joe yasohoye urundi ruririmbo ruje ruvuga amajambo y’urukundo. Nk’uko ubutumwa atanga mu ndirimbo ziwe kenshi buba buhanitse gutahura cane cane amajambo arimwo, Rally Joe aririmba ati : "Rahira".

Muri "Afro Music Studio", n’umuhinyanyuzi Amili Pro, niho hakorewe ururirimbo rushasha rwa Rally Joe "Rahira". Ati : "Rahira kutazonsiga mu mayira abiri","Rahira ushireko n’ikidodo ko ari wewe...Rahira kutazompemukira."

Rally Joe atangura avuga ko gukunda bibaho kandi vyamaho, yamara kumenya umutima ukunda udakundishijwe n’ico kintu Imana yahishije amaso y’abantu.

Umviriza amajambo akora ku mutima ukunda ari mu ruririmbo "Rahira"


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.