IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Alexandre ITERITEKA (Muduri): Ikibazo kiri mu Burundi nico catumye nsohoka (...)

Alexandre ITERITEKA (Muduri): Ikibazo kiri mu Burundi nico catumye nsohoka nja gukorera mu mahanga

lundi 9 Nzero 2017, par Jean De Dieu


IGIHE

Messages

  • Muduri ni muduri koko. Ubwo se yahunze iki? Muri politique umuduri ntukora. Pole nabe yirira impengeri z’i Mahama kuko i Burundi inzara yari imurembeje.

  • Umuduri ugiragaciro iyo uwucurangira kunkomoko yawo canke ukagenda kuwucuraranga urungitse nigihugu cawe, ariko ugiye kuwucuraranga urimumurwi wimpunzi ubonekana nkumupfumu yahunganye ibipaganipagani.
    Urambabaje kandi uradutukishije yowapfuma winumira! Aho wabonye twarakurikirana umuduri wawe ucawibaza ngubaye igihangange?
    Oya wewe ntahuhuriye na Emmanuel Njenjimana, urazobaza.

  • NONE GAMUDU KO AMAHORO ARIHO MUBURUNDI NTIWOGARUKA GUKORERA MUBURUNDI?

  • vyiza mwunvirize audio .niho wunva ukuri kwanje ntuvuge ivyo utunvirije.

  • Aka gatype gafite imitekerereze nkiya za mujeri Pacifique, Maggy cyangwa kiramvu. Ubu kazatahuka ni ukuzakaboha rwose. None kumva gasubiye i Burundi kazagira amahoro ni ibi bigambo gahuraguye??? Amaso yo ari hafi gukoroka kubera urumogi Sinduhije abahereza i Mahama..

  • Mututsi mwiza.uwahunze ntari I Mahama gusa.bari kwisi yose ,nawe niba utahunze bakuru bawe cnk bene wanyu bigeze guhunga.ahubwo iyo ubaza ati wahunze iki mu bibazo vyose igihugu gifise?

  • Muduri=Mujeri=Runyenzi...uzopfa wangara nuwo muduri uri Nyarucari..

  • Ngira Fidel nturi Uhoraho yaturemye.niw azi Ubuzima bwacu bwose.humura rero ntuzi ubuzima bwumuntu ago buherera ashobora kuba numuntu ahambaye bivana nivyo Imana yanditse

  • Ema niba wunvirije ivyo. navuze sinavuze ko ata mahoro ahari iwacu kk niba hari uwahunz afise ,hari ingorane nyinshi mu gihugu zatumye ahunga .Uko nikwo Ubibona ww ariko nabandi bafise uko babibona.Amahoro rero Aba mu mutima wumuntu.Hanyu ICO nomesha abasomye aya makuru bose mu ndimi zitandukanye ko kuba ndiko nkorera my mahanga ntibisigura ko ngwanya LETA kuk ntanivyo noshobora .kand niba hari uwumaz kwunva indirimbo zanje nta politique ndirimba ndetse ko mpanura aba politician eka Nabarundi twese GU tsimbataza amahoro ,nukuba bamwe tutarevye ubwoko ,intara,imigambwe,cank amadini tuvamwo .Iconzi co nuko umwanya numwanya nzotaha iwacu mugihe ico nahunze kizoba cagiye mu ngiro.Murakoze

  • Muduri aranyicishij agatwengo.ngoyagiye gukorera imahama munyunvira ng akorera yibiki? Uyo Muduri jewe niyunvirako yagiye gupfumura murwanda. Mugabo sinibaza k abanyaru baraguza

  • xxxxx mbega ninde yakubwiye ko Imahama ariko hari impunzi gusa?ko ziri hose kwisi.Niwihorere sha uno musi nibo ejo no wwe.ivyo muri Afrika birakuranwa ntibizorangira ubu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.