IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Cypro Light yasohoye urundi ruririmbo rwo mu rukurikirane "Vuga (...)

Cypro Light yasohoye urundi ruririmbo rwo mu rukurikirane "Vuga Yes"

vendredi 4 Myandagaro 2017

Ururirimbo "My Lover" rwasohotse rugize urwa gatandatu mu rukurikirane rwa gatatu yise "Vuga Yes". Urwo rukurikirane rurimwo n’izindi nka " Barimena", " Vuga Yes" canke " 2Party".

Cypro Light amenyesha ko akazi kariko kagenda neza mu gisata c’umuziki. Hagati y’ibikorwa vy’umuziki, Cypro amenyesha ko ategekanya n’ibikorwa vyo gufasha mu kibano.

ATI:"Hama mu migambi mfise ubu nuko ndi mu myiteguro myishi yo kuja gufasha impfuvyi ntaho nikora mu kubaremesha no kuzobashira ibikoresho vy’ishure, ikindi nuko ngiye gutegura n’ibiteramo bitari bike mu gihugu cose nkaba nsaba aba fans bama bamba hafi ndabifuza kunfata mu mugongo ko bobandanya."

Ivyo bizokorwa mu mpera za Myandagaro uno mwaka. Naho biruko, uwo muririmvyi ntatomora neza abo agiye gufasha aho azobasanga.


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.