Masterland yasohoye "Video" yakoze umwanya munini

Yanditswe na Cherif NKESHIMANA
Kuya 26 Nyakanga 2017 saa 01:17
Yasomwe : 4077
0 0

Isanamu yari imaze igihe irindiranywe igishika yahavuye isohoka. Yakozwe ivuye mu ruririmbo "Alima" rwakozwe na Masterland. Uwo muririmvyi ati : "Uwitonze amira ibinoze".

Masterland ariruhutsa ko ashikirije abakunzi biwe isanamu y’ururirimbo bari bamaze igihe kitari gito barindiriye, eka bakaniyondera hose. Masterland avuga ko iyo sanamu yamutwaye umwanya munini, n’inguvu nyinshi. Abandanya avuga ati: "Ivy’i bwami birya abarambije".

Masterland asaba ko abakunzi biwe n’abakunzi b’umuziki ndundi bosabikanya iyo sanamu, mu ntumbero yo kumushigikira.

Raba wongere wumvirize amajambo ari muri "Alima"


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha