Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Kwidagadura \BB umucuraranzi \BB Mkombozi \BB indirimbo
Umuririmvyi Mkombozi yasohoye indirimbo nshasha "Mwana w’Urwanda"
Yanditswe taliki ya 31-03-2017 - isaha 09:52' na IGIHE

Umuririmvyi Mkombozi yashize ahabona indirimbo nshasha "Mwana w’Urwanda"

MP3 - 4.4 Mo


FYONDA NGAHA WUMVIRIZE INDIRIMBO
Ivyiyumviro vyanyu

INDIRIMBO ZAWE NZIRYOHERA GUKO ZIRAHANURA KUWUMVA

26.08.2018 à 04:55
IRANKUNDA FLORIS MURUNDI

Indirimbo NShasha Zihutse Gukorwa

11.07.2018 à 07:38
Nayintara Célestin

Ariko MKOMBOZI KO ARIRIMBA NEZA NIKUBERICYI ATADUHA INDIRIMBO NSHYASHYA NIMBA MUZIFITE MUZIMPE.KUKO NDAMUKUNDA CYANE <3

17.06.2018 à 17:13
Kingfaster segutwenjye

Nkeneye Indirimbo Zabanyagwanda Ziheruka Gusohoka Harimwo Banoresi

22.04.2018 à 15:18
Sengiyumva Jeremi

Muradushimisha Can Kuk Mutuzanir Indirimbo Zitunezez.

25.02.2018 à 07:35
Vyizigiro Euphraim

nshaka kwamambona indirimbonshasha zabaririmvyi Bose bomuri afirika yubuseruko murakoze

7.01.2018 à 07:32
bakundukize clovis

birashushe Pee Naduherez Nizind

1er.09.2017 à 14:22
Joel
31.07.2017 à 11:14
Lionnel

Harimana Vianney

26.07.2017 à 20:10
######

mukomboze agezehe

18.07.2017 à 20:36
WILISON
24.06.2017 à 18:54
Iradukunda fabrice

courage Courage Ubandanye Utwumvisha N’izinda Shasha Big Up

22.06.2017 à 07:01
Niyitanga Emmanuel

mukombozi gute

11.06.2017 à 15:24
mukombozi

komera Kwibanga Wiyemeje Mwana W,igihugu Turinyuma Yawe.

10.06.2017 à 21:20
Niyonkuru Cyriaque

burya icatumye mubaho nic kizotuma munesh umwas

18.05.2017 à 10:25
iddy

Umwe wese araz’icowanka mukabana....! Mkombozi wé Big Up! Nah’ Umukunzi waw ariw Mwasi wawe? Nanjé ndagukunda.

1er.05.2017 à 15:23
Bangayingabira Didace

Mkombozi Afise Ivyiyumviro Birashe Nakomeze Turinyuma Yiwe Turamukunda Cane.

20.04.2017 à 17:19
Ndayisaba Yvan

Komer Man Uratwemez Kwel Turagukunada Can.

18.04.2017 à 15:11
Niyoyitungira Christophe

Je Nitwa Afa King Love Mkombozi Ndamwemera Kuko Avuga Ukuri Ntamwanyawokurabumwanya

11.04.2017 à 21:27
AFA SHEMEZIMANA

komera rasta natwe turinyuma yawe komera kumwuga wawe imana irakubona nayezu yazize ukuri ariko ababigize baramaramaye abakurondera bamenye ko isi atariyabo tuyisangiye kandi nabone irabarindiriye.imana ikuzigame .

8.04.2017 à 12:32
G E RA RD
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.