IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Umuririmvyi Bruno Mars asabwa gutanga indishi

Umuririmvyi Bruno Mars asabwa gutanga indishi

mercredi 22 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Bruno Mars aheruka gutahukana agashimwe muri American Music award kw’igenekerezo rya 19 Munyonyo, ariko yitwarirwa na Catherine McGann uwafashe isanamu y’uwo muririmvyi afise imyaka 3.

Catherine McGann avuga ko Bruno Mars yategerezwa kubanza kumusaba uruhusha imbere yo gushira iyo sanamu ku mbuga ngurukanabumenyi za Twitter, Instagram, mu gihe uwo muririmvyi nawe avuga ko yayishizeko mu kwibuka ibihe vy’ubuto bwiwe.

JPEG - 528.6 ko
Bruno Mars aheruka gutahukana agashimwe muri American Music award

Uwo mupfasoni yafashe iyo sanamu agasaba Bruno Mars ko yoronswa indishi.

Ivyo bikaba bibaye mu gihe Bruno Mars aheruka gutahukana amafaranga angana 8000 vyamanyamerika (8000 $) muri American Music Award.


Huguette NKURUNZIZA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.