IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Umuririmvyi rurangiranwa Jay-z yiyemereye ko yaciye inyuma umupfasoni wiwe (...)

Umuririmvyi rurangiranwa Jay-z yiyemereye ko yaciye inyuma umupfasoni wiwe Beyoncé

jeudi 30 novembre 2017

Jay-z arongera akamenyesha ko amaze guhakwa kwahukana n’umutambukanyi wiwe Beyoncé, agasigura ko ingo nyinshi zahukana bivuye ku kutayaga no kutumvikana.

Jay-Z ntiyashotse ashira ahabona umwigeme yatumye ahemukira Beyoncé ariko mu rukurikirane rwiwe rwasohotse mu mwaka wa 2016 yise Limonade, Beyoncé yaramucishijemwo mu kumuvuga ati : « Becky aux beaux cheveux ».

Jay-Z arangiza avuga ko we n’umutambukanyi wiwe bubaha umuziki wabo ari nawo ubatuma baguma bahuza, bakawufata nk’umuti w’ibibazo bacamwo.


BUKURU Pacifique

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.