Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Abakunzi ba Bosco NIGANZE "Bobo" wo muri Peace And Love bari mu (...)
Abakunzi ba Bosco NIGANZE "Bobo" wo muri Peace And Love bari mu kigandaro
vendredi 8 Mukakaro 2016, par
Bosco NIGANZE benshi batazira "Bobo", umwe mu baririmvyi bagendana ubumuga bwo kutabona bahurikiye mu mugwi wa Peace And Love yaraye yitavye Imana mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane igenekerezo rya 7 Mukakaro 2016, akaba ahitanywe n’isanganya y’imodoka.

Imodoka yarimwo Bosco NIGANZE "Bobo" yagize isanganya igeze mu Kigobe hafi y’ubuserukizi bwa Reta zunze ubumwe za Amerika i Bujumbura.

Uwo muririmvyi yitavye Imana akiri mu nzira, mu gihe bariko bamutwara ku bitaro KIRA biri muri zone ya Kinindo, mu gisagara ca Bujumbura.

IGIHE
Messages
8 Mukakaro 2016, 11:25, par rwasa
ndahojeje umuryango wiwe,nabakunzi bumugwi wiwe IMANA imwakire
8 Mukakaro 2016, 12:16, par ruberintwari olivier
Imana nimzakire agiye twamukunda
8 Mukakaro 2016, 13:57, par Jimy
imana imwakir uburundi turahomvye umuntu akomey.
8 Mukakaro 2016, 20:36, par isidore
ndahojeje umuryang wabuz imana imwakire
8 Mukakaro 2016, 21:16, par Chris Brawn (burundi Bwejo)
imana imwakire ntakundi turabuze imtwari nziza (bobo)yaririmba neza cane kandi afise ubumuga bwokutabona ntaporitike yarimwo ivyo turabizi cane turababaye
8 Mukakaro 2016, 21:34, par watafiti nice jarykay
imana imwakire.mwenewacu twamukunda kand tuzokwama tumukund kuk yadusigiy ivyo tuzomwibukirako
8 Mukakaro 2016, 21:45, par Evode
Turababajw Na Bosco Kandi Turahomvy Intwari
8 Mukakaro 2016, 23:14, par rukundo brazza
imana imwakire mubwami bwayo turahomvye umuririmvyi yarazi kuririmba
8 Mukakaro 2016, 23:14, par NKURUNZIZA METODE
Nkumukunziwiwndababaye Arikokizima Arisanganya Atawedutako Impfane,
9 Mukakaro 2016, 06:36, par lazos
R I P,abarundi twaragowe ,nta munsi budaca dutahomvye ,Imana nuduhe ikigongwe dupfume turonke akoyoka kugira duterembere ,ehe duta homvye intwari duhomba imitungo yaba muntambara canke mumasanganya ,na ruhukane amahoro y Imana ntakundi aho turiuwese abarundi tuzo kwama twimwibukira ku bumenyi bwiwe yara fise uburundi n abarundi dusibiye guhomba umuntu ngombwa mwiterambere ry umuziki ndundi ,ati ntakundi barayavuze ngo ahomworo yanikiye nti bwuma,twihangane ariko iconzi yari umunya bumenyi muvyokuririmba kandi yara fise ijwi rijanye nivyo arimba ,ndabahaye ukwihangana abakunzi ba PEACE AND LOVE naje ntiyibagiwe,akababaro ni kenshi ariko ntakundi
9 Mukakaro 2016, 07:32, par Blaise
ntakund umukm namuhe ikibnza m8jur.mukam traguhrej bsco nkumuvkany wac
9 Mukakaro 2016, 19:36, par Nduwayo Sylvestre
IMANA IMWAKIRE MUBIGANZA VYAYO.
9 Mukakaro 2016, 21:46, par FELIX
Ntakundi Imana Nimwakire Mubwami Bwayo Ariko Ndibaza Kuki Intungane Arizo Zipfa?
10 Mukakaro 2016, 00:48, par K
Iyininkuru idasiguraneza ukovyagenze, raba ntibatubwiye koyariwe yariyitwaye, raba ntibatubwiye kwaramafire yatsitse, rabandibatubwiye kwari akaborerwe kabitumye, rabantibatubwiye kobwoba bwabaye ubusamazi bwuwariko atatwaza iyomodoka, iyumvuga inkurunkiyi ego uravuga kwarisanganya ariko hariho amajambo uxawongerako asigura icateye iryosanganya, kuko nkatwebwe tujejwe gukurikirana ibijanye nama accident canke abatwaza ibinyabiziga hagize ingorane nkiyo ibera mumicungararo yahukorera maze muri report ukandika ngoharihumuntu uyunuyu yagiriye isanganya ahanaha ukagarukirizaho abajejwe kwegeranya ama report avuye hiryanohino basanze wayikozeguryo bocabakwirukana. Hariho nigihugu umumenyeshamakuru yatanze inkuru iherera mumajambo amezenkincamake nkayadusomye abajejwe iyorandiyo baramwirukanye bamuziza kwarumunebwe wokwandika inkuru kugirashikirize abanywanyi inkuru isiguritse.
Hanyurero natwe turahojeje umuryango wabuze ekanatwebwe abarundi twese namaganyagusa murirusangi uburundi burabuze umurwaneza.
11 Mukakaro 2016, 08:12, par che
Ihangane, Imana ikomeze umuryango.
11 Mukakaro 2016, 22:06, par juvenal
ndahojeje umuryango wa bobo nu mugwi peace. and love
14 Mukakaro 2016, 14:05, par Rodrigue
imana imwakire mubwami bwayo.
27 Myandagaro 2016, 11:59, par J
Pole Sana Njia Ni Moja
26 Ntwarante 2017, 15:52, par nikiza amos
jew ndumukunz wumugw peace and love nukur nukwihangan nah agiy tukimukund vrmt jew indirmb zumugw p6 and lv ndazikunda knd nzogm ndazikund limw na rimw mpora numv ijw ryiw nkumv umeng nub aracari mubazima.ntakind norangrizak atar kwihanganisha abakunzi biw.p6