Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Emery Sun > Indirimbo > Emery Sun yasohoye ururirimbo rufise amahigwe yo kuvuzwa cane mu (...)
Emery Sun yasohoye ururirimbo rufise amahigwe yo kuvuzwa cane mu ma"boites"
jeudi 29 Nzero 2015
Emery Sun yasohoye ururirimbo rushasha rushobora kuzoronka isoko mu mazu y’ubutambiro kubera umudiho utambika cane ukozwemwo. Ati:"Uri hehe wewe nakunze, amajambo yambwiye ari hehe?".

Umutwe w’ururirimbo ni "Yaco Umbipa", ati:"Yerere, yerere umutima we mutima,...yaco umbipa, barabipa...". Emery Sun abandanya aririmba abwira uwo mukunzi wiwe ko asigaye amukunda amubonye, ko amajambo yamubwira yoba yari agahararo.
Umviriza amajambo aryoshe hamwe n’umudiho biri mu ruririmbo"Yaco Umbipa"rwa Emery Sun
Cherif Nkeshimana
Messages
5 Rusama 2015, 18:57, par NEW FIRE
UBU EMERY ARACARI MUBURUND?
23 Rusama 2016, 21:40, par TUYIRABE EZÉCLEL
JEWENIYUMVIRAKO KUBONONA YARASOHOYE IYONDIRIMBO ITATEYE ISONI.AHUBWO MWOTWEREKA UKUNTU TWOYIHA
22 Mukakaro 2016, 11:20, par MUGISHA Isaac
Nukuri Naje Iyondirimbo Irandyohe Emery Sun Numuririmvyi Mwiza Afise Akajwi Keza Wanashima Jeho Ntamuririmvyi Nitabirako Atari We.Hoho Ubu Aracari Muburundi?Twebwe Abanyamakamba Turamukunda De Plus Ahubwo Araza Tumubone Nukumuha Yambu Tubumuhe.Saw Nimwirambire
6 Munyonyo 2016, 10:25, par innocent nibizi
ahubw natw turamushak in murutan kugr tumubon nôn ub yagyeheh? jew mbôn arumustar kwer indirimb ziw ziramar kabis
2 Ntwarante 2017, 21:52, par Fulgence Nkunzimana
ko mutayishira ku internet?erega ziraturyohera!
9 Ntwarante 2017, 00:05, par Alain
Bite Ahubwo Nimuyimpe Ndayumvirize Canke Muzozeze Murayivuza Kwi radio Numva Ndayinyntewe
29 Ntwarante 2017, 14:14, par Willy Ntahiraja
Vyukur Uwo Emerry Sun Numuririmy Nemer Cane Atuma Uwukunze Nuwukunzwe Urkundo Rukomera Big Up Sana
2 Ndamukiza 2017, 17:28, par Ninkunze Ezechiel
Nipfuza Ko Mwompa Izina Ryirya Ndirimbo Itangura Se She We Honey Izina Ryayo