Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Jean Bosco NIGANZE "Bobo" wa Peace And Love yashinguranwe iteka (...)
Jean Bosco NIGANZE "Bobo" wa Peace And Love yashinguranwe iteka (Amafoto)
vendredi 15 Mukakaro 2016, par
Bosco NIGANZE benshi batazira "Bobo", umwe mu baririmvyi bagendana ubumuga bwo kutabona bahurikiye mu mugwi wa Peace And Love yitavye Imana mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane igenekerezo rya 7 Mukakaro 2016, ahitanywe n’isanganya y’imodoka, yashinguranwe iteka kuri uwu wa gatanu.
Amwe mu mafoto














IGIHE
Messages
15 Mukakaro 2016, 16:43, par ziganya
mbega yemwe ivyibujumbura vyose mubigira ikirori. izo tapis zo kuri enterement ni ziki.
15 Mukakaro 2016, 18:30, par Lazos
niyiruhukire n’amahoro y’Imana ,ivyisi nta ubirambamwo ,iyo n’inzira ya twese,ntakundi umuryango wiwe nuwigumye.
15 Mukakaro 2016, 20:23, par crisis
ayo mafoto yanyu ntabona neza kabisa nta keye mugerageze gukora ibintu binezereza abakunzi
15 Mukakaro 2016, 23:07, par J.DeDieu Turatimana
Tuzokwam Tuvugir Ukur Yadusigiy Be Nibikorwa Vyiz Bidasubirwamw Agire Uburuhukir Budashir
20 Mukakaro 2016, 21:28, par NZOYIKORERA
AHA TESENIYONZIRA UWUTAZIVYISI AVYITARWIWE
21 Mukakaro 2016, 08:19, par Munezero pascal
Umustar wacu twakunda cane aritavye Imana!? ico nosaba Imana nimwakire mubwami bwayo.
25 Myandagaro 2016, 14:40, par Niyonyishu Freddy
nukuri bobo yari umuririmvyi mwiza ahubwo imana imwakire
4 Ruheshi 2017, 19:15, par Nizigiyimanda Desire
None Ntazindi Indirimbo Yasize Arivye?Canke Viyane Nzigamasabo Ntazind Yimirije Gusohora?
4 Ndamukiza 2018, 17:32, par Habanayo Paul
bobo ugiye tukigukeneye uruhuk’amahoro! kwaheli bobo! Iman’ikwakire!