Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Yoya Jamal > inkuru > Amashusho y’indirimbo RUKUNDO y’Umuririmvyi YOYA Jamal (Video)
Amashusho y’indirimbo RUKUNDO y’Umuririmvyi YOYA Jamal (Video)
jeudi 10 Ntwarante 2016, par
IGIHE
Messages
11 Ntwarante 2016, 15:48, par lionceau
muburundi umuziki biracika ndabona turiko turaza
12 Ntwarante 2016, 07:04, par TK
What a nice song!
13 Ntwarante 2016, 13:37, par ABDULIKARIM
mbega konzi umuziki ariko ataburyo!
30 Ntwarante 2016, 20:14, par Niyonkuru
Nokwipfuriza Yoya Jamal Ko Yoterimbere Cane
6 Ndamukiza 2016, 18:37, par Nkurunziza Gerard
Nuko Yoya Jamal Yobandanya Atera Imbere
6 Rusama 2016, 06:39, par nibizi reonidas
yoya ndamukunda kandi ndasavye inimero yiwe muroba mukoze
6 Rusama 2016, 06:40, par nibizi reonidas
yoya ndamukunda kandi ndasavye inimero yiwe muroba mukoze
12 Rusama 2016, 22:11, par Juvent
Nzogukunda Kugeza Gupfa Pe!
26 Rusama 2016, 02:28, par NSENGIYUMVA THADDEE
Umuririmvyi Wacu Yoyj Arashoboye
26 Rusama 2016, 14:04, par Jean_marie
Jewe Niyumvirako Mwoza Muraduha Izondirimbo Tukaza Turazivuza
29 Rusama 2016, 17:34, par Ernest Ndagijimana.
Nonekomutaziduha?
31 Rusama 2016, 22:14, par Nsanzurwimo Alexandre
Mbega Yoya Jamal Indirimbo Rukundo Yayisahoreyehe? Nukuri Irantesa Cane
18 Ruheshi 2016, 10:00, par RIDER TUYISENGE SAADY
yoya jamal nater imbere kurusha abandi bahanz kuk indirimbo ze ziryohera umutima wanjye
22 Ruheshi 2016, 19:46, par berthrand van-jeft schkijaar
ni nziza vrmt yarerekany nez amajambo ,yurukundo akoreshej ikirund cyiza pe
26 Ruheshi 2016, 22:03, par Nsengiyumva Jeaques Salaise
Ndamwifuriza Koyoba Uwambere Mubariririvyi
30 Ruheshi 2016, 06:01, par Enock onesphore onevic
Ndagufana caaaane gose
8 Mukakaro 2016, 05:55, par mozess
mois nshemezimana jew yoya ndamukunda numurundi mwiza
2 Myandagaro 2016, 21:28, par Dieudonné YAMUREMYE
Yoya Iyindirimbo Yarayikoze Neza Pe!
2 Myandagaro 2016, 21:29, par Dieudonné YAMUREMYE
Yoya Iyindirimbo Yarayikoze Neza Pe!
9 Myandagaro 2016, 17:50, par Hakizimana FeliX
Ndamuramukije Yoya Nimwiza Iyondirimbo Yaririmvye Yaradyoheye 100%
12 Myandagaro 2016, 05:47, par Iradukunda Fabrice
Irya Ndirimbo N Iya Mbere Vraima.Twoyironk Gt?
13 Myandagaro 2016, 07:55, par saidi niyinzi
ebananjyentaco nabivugaho uretsemukunda naterarjyimbere nryendumurundi ntuyekigali.
14 Myandagaro 2016, 16:14, par Omer Tuyichemeze
Telechargement
16 Myandagaro 2016, 06:36, par MUKIZA JEAN D’AMOUR
Nukuri yoya naterimbere nkumuzinga kuko turamwemera twesabiburundimani jewendumunyamuyinga wiwabo nkaba nvuka kumukoni harya ku ri kamukoni p6 p6 yoya
18 Myandagaro 2016, 14:05, par Yoya Ndamukunda Aradutemberere
Ndiminani
18 Nyakanga 2016, 22:38, par Niyongabo Ally
Nivyiza Cane
29 Nyakanga 2016, 06:41, par Alexis
yoy ndagushma kuk urirmba nez ahubwo uraz ura turugkir kur fb. igitod ciz
1er Gitugutu 2016, 20:05, par Sinzumusi Félix
Be Yoya Twe Murutana Uzoza Gunduha Igiteramo?Uraturyohera Mundirimbo Unduha Harimwo Amajambo Aryoshe?
1er Gitugutu 2016, 20:07, par Sinzumusi Félix
Be Yoya Twe Murutana Uzoza Gunduha Igiteramo?Uraturyohera Mundirimbo Unduha Harimwo Amajambo Aryoshe?
17 Gitugutu 2016, 10:11, par nsengiyumva vienvenus
Nanjye Ndagukunda Kandumunya Muyinga Wiwa Nyu Commune Mwakiro Ndakwipfuza Cne Mbere Uzunsigire Nimero Yawe Merci.
19 Gitugutu 2016, 21:28, par Kubwimana Chançard
Mbe Yoya Natwe Muzozoza Kuturamutsa Ryari Erega Turakumva Ukaturyohera Kandi Tutakuzi Uraz KuTugirisha Igiteramo Natwe Impinga Kayove .
14 Munyonyo 2016, 21:22, par Mbonyumugenzi
Ndamuramutsa.Agumaterimberenkumuzingambeganatwe Uzoza?
19 Munyonyo 2016, 13:36, par Rishard
YOYA ABA HEHE?
20 Munyonyo 2016, 14:15, par Eric
Bite? Ndashima Ururu Rimbo
31 Kigarama 2016, 06:16, par Egide
Uzoza Ryari I Gitega Turagukumbuy
8 Nzero 2017, 09:28, par edouard
ico nomusaba nuko yodurere twebwe abarundi misc ya 2017 tukumviriza
8 Nzero 2017, 20:14, par joachin
karib i karusi beshi bakubone
16 Nzero 2017, 01:01, par MANIRAKIZA.PAS TEUR
BITE.NDAKURAMUKIJE.AMAHORO.YIMANA.UZE.USOHORE.VIDEO.YINDIRIMBO.NKUNDAKUBORERWA..TURAYIKUNDA
4 Ruhuhuma 2017, 15:01, par Ndihokubwayo Sévérin
Mbe Yoya Tweho I Buhinyuza Kutadutemberera Kandi Ari Muntara Uvukamwo!
7 Ruhuhuma 2017, 22:06, par CLOVIS
Bite Uzozakutumutsaryari Ikiremba Ingozi Mbega Uzasohora Diveo Ryari?
13 Ruhuhuma 2017, 20:06, par Sun Light Pascal Niyonzima Kiremba
Bite Uzoza Kuturamuts Ryari?Mbega Indirimbo Nkunda Kuborerwa Urafise Video Yayo
15 Ruhuhuma 2017, 16:24, par dani
nukur isa jamani yoya nukur ndamukunda mbebasha ko yabiryoheje?icompa nkamuronda
8 Ntwarante 2017, 22:14, par IRAMBONA J.BOSCO
YOYA WAGIYE HEHE? KOWADUHEVYE NSHUTI NDIMUGWANDA NAGIYEGUPAGASA
23 Ntwarante 2017, 22:22, par japhet
Nipfuza ko yoya yotera imbele
23 Ntwarante 2017, 22:22, par japhet
Nipfuza ko yoya yotera imbele
23 Ntwarante 2017, 22:22, par japhet
Nipfuza ko yoya yotera imbele
23 Ntwarante 2017, 22:22, par japhet
Nipfuza ko yoya yotera imbele
23 Ntwarante 2017, 22:22, par japhet
Nipfuza ko yoya yotera imbele
23 Ntwarante 2017, 22:22, par japhet
Nipfuza ko yoya yotera imbele
4 Ndamukiza 2017, 20:57, par ELYSÉ
NDAGUKUNDA KUBERA UCURANGA UTURIRIMBO TUBERIY?
6 Ndamukiza 2017, 10:46, par Ndihokubwayo Alexandre
Kuvyukurindashimiyeyoyakukwitangakwiwemukutunezerekumuziwiwe.
10 Ndamukiza 2017, 11:12, par Niyokwizera Epithace
Ndashim Indirimb Za Yoya Abandany Atezimber Ikirundi Cacu Erega Natwebw Abarundi Turashoboye
12 Ndamukiza 2017, 09:15, par DIT
EPJ ND
14 Ndamukiza 2017, 07:17, par HAKIZIMANA
NIPFUZAINDI,RIMBOZIWE
1er Rusama 2017, 17:55, par Japhet
DIAMOND
29 Rusama 2017, 14:48, par N F
Uwo Muhungunuwanbere Basi.Kaza Buthi Usichoke
22 Ruheshi 2017, 08:31, par çedric
ndakunda yoya nukuntaririmbaneza
29 Ndamukiza 2018, 14:06, par Tuyisenge
yoya aririmba neza cane nki ndirimbo wiyumva gut none twozitoragute tuzicisize hano ?
3 Myandagaro 2018, 16:33, par eriki
ndamwifuriza umusimwiza
18 Myandagaro 2018, 20:18, par nitwa cadeau babele hatungimana
YOYA DUSHAKA KO AZOZA MUGIHUGU CU BURUNDI
24 Nyakanga 2018, 12:31, par Nshimirimana violette
Yoyandamukundacanenshakakoyoguma aterimberemumuziki.mbeyobanuwanmbere.