Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Kook-k > Inkuru > Umukobwa azoboneka mw’isanamu "I am feeling" baramunyegeje mu maso (...)
Umukobwa azoboneka mw’isanamu "I am feeling" baramunyegeje mu maso (Amafoto)
mardi 21 Gitugutu 2014
Isanamu y’ururirimbo rwa Kook-k iriko itegurwa, iyo nteguro yayo iboneka mu mafoto arimwo umukobwa ataco yahishije kuko hanini aboneka ari gusa. Iyo ndirimbo itanga ubutumwa bw’urukundo gusa.

Amafoto y’ururirimbo amaze kuja ahabona arimwo umukobwa yambaye agahuzu ko munsi gapfuka igitsina gusa. Baragerageje kumufuka mu maso kugira ntamenyekane ariko, ko azoboneka isanamu imaze kuja ku mugaragaro bari gushaka bakamwerekana.
Kook-k avuga ko ururirimbo "I am feeling it" ata kindi ruvuga atari urukundo, ivyo vyumvikana mu majambo y’urukundo ari mu ruririmbo. Kook-k ati :"Ndavyumva mu mutima wanje..."...ngiye kugukunda gusumba uko nahora...wewe umbera umutaka, iyi ndirimbo ni iyawe, unsumbira bose, mwamikazi wa Afrika wambaye ishusho ry’Uburundi.. uzokwama ku mutima wanje".
Amafoto yafatiwe mu Rumonge Kook-k yari kumwe n’umuhinyanyuzi ariko isanamu izokorwa na Kook-k ubwiwe.
Amwe mu mafoto amaze kuja ahabona :




Umviriza amajambo y’urukundo avugwa muri urwo ruririmbo
Cherif Nkeshimana
Messages
21 Gitugutu 2014, 21:28, par divin
bash nukr isi yarashaj ahanyn au gakobw karigusa ngokapfry umuhung ntaco kanz
22 Gitugutu 2014, 04:09, par Ntasoni
nibagerageze barabe kuborwanya ubukene bwasaze ntarindi hinguriro twoshobora atari akaziki komera muririmvyi
18 Gitugutu 2016, 18:42, par Jeannete
Igituba cumukobwa atampuzu Yambaye
18 Gitugutu 2016, 18:43, par Jeannete
Igituba cumukobwa atampuzu Yambaye
18 Ndamukiza 2018, 20:33, par Tuyishime Eliezer
Biramfasha Mugutahura
25 Ndamukiza 2018, 23:16, par Marijani
Andika hano nshaka kubona ibisundi
vyakobwa
18 Nyakanga 2018, 20:55, par NTUKAMAZINA CYRIAQUE
Nukuri Abaririmvyi Nibahindure Bambare Cane Cane Bashiki Bacu Bikebuke.