Amasaha Sat-B yatanze ku ruririmbo "Ivyo bintu" ntiyakwiye

Yanditswe na Cherif NKESHIMANA
Kuya 30 Mukakaro 2017 saa 11:58
Yasomwe : 7164
0 0

Amasaha mirongo ine n’umunani (48h) yari yatanzwe na Sat- B kuri uwu wa gatandatu kugira ururirimbo rwiwe rushasha ruzobe rwasohotse ntiyakwiye. Ururimbo "Ivyo bintu" rwasohotse.

Sat-B yari yasavye abakunzi biwe n’ab’umuziki ndundi kwitegurira kwakira ururirimbo yakoranye na Washington yise "Ivyo bintu". Yari yamenyesheje ko rusohoka inyuma y’amasaha mirongo ine n’umunani (48h), none ayo masaha ntiyakwiye.

Umviriza aho munsi ururirimbo "Ivyo bintu" rwa Sat-B


Kumenyekanisha

1
niyosaba kamoteri 8-08-2017 à 21:09

kwer ndashim kuririmb wasohoy sat-b mim nik mufanz wak mvuk muruyig wang ndak jew ndagukund sat-b mutam wanj we ntanab ndak w nugum kumurong ntawund kurijew agusumb nukur w gumak pow

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha