Isanamu y’ururirimbo rushasha "No Love" rwa SAT-B
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Amasanamu
Amasanamu
-
Isanamu y’ururirimbo rushasha "No Love" rwa SAT-B
26 July 2018, by Jean De Dieu -
Isanamu y’ururirimbo rushasha "African Girl " rwa SAT B
3 Ruheshi 2016, par Jean De Dieu -
Isanamu y’ururirimbo"Impemburo" irimwo hanini ibara ryirabura
13 Rusama 2015Isanamu y’ururirimbo SatB yatanze intererano yiwe ku biriko biba mu gihugu yasohotse. Ibonekamwo uwo muririmvyi hamwe yicurikiye ahandi ariko arabanguranya abariko barwana.
Isanamu y’ururirimbo "Impemburo" rwa SatB yaraye isohotse, irimwo cane ibara ryirabura ryoba rifitaniye isano n’amajambo ari mu ruririmbo, akarorero, Satb ati:"Ubayeho kubera ndiho naje ndiho ho kubera uriho. Nacumuye iki ko mbuze umutekano mu banje no mu vyanje ? Basogokuru barayamaze bati :" Ineza yiturwa iyindi aho hari (...) -
Raba agace gatoyi k’isanamu y’ururimbo "Imvura y’ibi Baby"rwa SatB
27 Ruhuhuma 2015Inyuma y’ururirimbo n’isanamu ya "Satura Amabafle"vyakunzwe cane, Sat B ariko akora isanamu y’ururirimbo yise"Imvura y’Ibi Baby" ibonekamwo ari mu bakobwa benshi bambaye uduhuzu dupfuka igitsina n’amabere gusa.
Nta minsi myinshi iheze asohoye kwa Lizer Classic ururirimbo "imvura y’ibi Baby", ururirimbo rutaramenyekana nk’izindi ndirimbo ziwe. Nk’uko rero umutwe w’ururirimbo ubivuga(Imvura y’ibi Baby), intangamarara y’isanamu(coming soon) ibonekamwo abakobwa benshi bambaye nk’abagira boge (...) -
Isanamu y’ururirimbo "Satura Amabafle" yasohotse
10 Gitugutu 2014Abakoze isanamu y’ururirimbo "Satura Amabafle" ya Sat B bayisohoye, iyo sanamu iboneka ko yakorewe mu kibanza kimwe aho yari mu bantu benshi, abajejwe umutekano wiwe bamucunze hamwe n’abatamvyi biwe.
Amwe mu mafoto y’igihe isanamu yariko irafatwa
Raba aha munsi isanamu y’ururirimbo "Satura Amabafle" -
Sat b yuguruye igiteramo areruwe nk’umwami
7 Gitugutu 2014Sat B yakoze igiteramo biboneka ko yari yiteguriye. Abantu isinzi batashoboye kumubona mu giteramo ca nyuma ca Primusic yarabakuriye inkoni ku gishitsi, arabereka ko naho atahashitse yari yiteguye bihagije.
Igiteramo yagirishije kuri uwo w’Imana igenekerezo rya 05 Gitugutu mu kigo ndangakaranga "Musee Vivant" cari citiriwe "Satura Amabafle Concert". Ahanini Sat B yashaka kugarukana icizere ku bakunzi biwe bari bashavujwe n’uko batamubonye mu giteramo ca nyuma ca Primusic 2014. Nk’uko yari (...) -
Isanamu y’ururirimbo rwa Sat B n’umurwi Q Boy yasohotse
23 Nyakanga 2014Isanamu y’ururirimbo rw’umurwi Q Boy na Sat B ruri muzakunzwe cane yaraye isohotse. Sat B n’abo bahungu bari mu murwi "wasafi" bari biteguriye ifatwa ry’iyo sanamu.
Isanamu y’ururirimbo "Mu gacerere" yaraye isohotse mu gihe n’ururirimbo "Mu Gacerere" ari rushasha. Kubwa Sat-B, umurwi Q Boy washatse ko yonyaruka kandi nawe nyene arashima kubera "Mu Gacerere" yarakunzwe cane. Abenshi bayibuka mu biteramo vya Primusic, aho yatambwa cane n’abantu bagahimbarwa.
Umuhinyanyuzi ni Black Arthur, amajwi (...)