Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Kwidagadura \BB umucuraranzi \BB SAT B \BB Amasanamu
Isanamu y’ururirimbo rushasha "African Girl " rwa SAT B
Yanditswe taliki ya 3-06-2016 - isaha 19:02' na IGIHE

Ivyiyumviro vyanyu

arik j ndabaza abo bigem bab bafis abavyey cank bab ari ibirara ?so twar dk8y kwrka kazoz kez barmun bacu !oe ub batamb bmez uk apr 10ans mumzik bzob bmez gt ?bazhav btamb uk bavuts !hatali

24.07.2016 à 19:50
lala

SAT B mfatiye kw’iyo foto uriko uratesha IMICO n’AKARANGA k’UBURUNDI kuko inzo NKUMI ni nkuko ziyambariye UBUSA,ni gato zerekane ivyo zameze.Eeeeeee !!ni hatari rafiki !!

5.06.2016 à 19:45
NYISHU Orginal

bite ? sat b budya turane zegwa nindirimbo zawe mbe uzopiga sho ryar ? tuzoze kuraba. sha urashushe pe !

5.06.2016 à 18:05
alexis

nimba ushaka guterimbere nkabandi baririmvyi ntukaririmbe indirimbo zogutyoza igihugu nabakirongoye kuko abozikunda bakunda igihugu

4.06.2016 à 23:20
ityazo

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.