Umuririvyi Sat-B yaratunganije igiteramo yise “indoto” kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 7 Nzero 2018. Ico giteramo cabereye kuri Lacosta Beach,abakunzi biwe bamwitavye ku bwinshi, batashe bahimbawe cane.
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Inkuru
Inkuru
-
Abakunzi ba Sat-B basubiriye kwerekana urukundo bamukunda mu giteramo ’’Indoto’’
8 janvier 2018 -
Sat-B ariteguye gutanga inka 300 y’inkwano kuri Darlene Bunyoni
29 December 2017, by Jean De DieuUmuririmvyi Sat-b yashize amajambo y’urukundo kurubuga rwiwe rwa twitter, avuga ko akunda umwigeme Darlene BUNYONI mbere akifuza n’ugutanga inka amajana atatu zo kumukwa.
-
Sat-B: Ndafise indoto yo kubona umuririmvyi yubashwe
28 December 2017, by Jean De DieuMu ndirimbo yiwe yise « indoto », Sat-B aramenyeshako afise indoto yukubona abaririmvyi nabahinyanyuzi b’umuziki bateye imbere ndetse bagashobora no kubeshwaho n’umwuga basanzwe bakora.
-
Sat-b yatoye iyindi nzira y’ukurondera amafaranga
13 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANASat-b yatanguje uruganda rwo kudandaza impuzu zanditseko izina ryiwe. Asaba gushigikirwa, nk’uko nawe avuga ko ahora afasha abandi.
-
Sat-B avuga ko yarondeye uwumucungera ubuzima kubera urwego agezeko
25 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANAUmuririmvyi Sat-B avuga ko urwego agezeko rwamutumye arondera uwumucungera. ubuzima. Sat-B amenyesha ko kwicungera aho ari hose bituma akora akazi kiwe atekanye.
-
Sat-b aravuga umuntu yikuye impuzu muri "Video" yiwe
31 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANASat-b yatangaje agace k’isanamu ku rubuga rwiwe rwa facebook, aho habonekamwo umusore yikura impuzu. Sat-b avuga ko muri ako gace yari ahejeje igikorwa co gukorana uririmbo umuririmvyikazi Clementine.
-
Kent-P arasigura igituma Sat-B agiye kumara iminsi ataboneka mu biteramo vyo mu Burundi
30 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANAUmwunganizi wa Sat-b ko uwo muririmvyi avuga ko yahagaritse kwitaba ibiteramo kugira yitaze maze aduze ibikorwa vyiwe ku rundi rwego, maze nawe afatwe nk’abaririmvyi bo mu mahanga iyo baje mu Burundi. Uwo muririmvyi avuga ko n’Abarundi boba mpuzamakungu mu gihe botahura ko kuririmba ari ikintu cinjiza amahera.
-
Sat-b yacishije amafoto atangaje ku rubuga rwiwe rwa Facebook
17 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANASat-b yashize amafoto atangaje ku rubuga rwiwe rwa facebook. Kuri izo foto, uwo muririmvyi ntari wenyene, aboneka ari kumwe n’umufashabikorwa wiwe "Manager". Baboneka bose basimbiye hejuru, ku yindi foto naho aboneka ariko akina udukino.
-
Sat-b yaraye ashimishije abakunzi biwe
6 Mukakaro 2017, par Jean de Dieu M.Igenekerezo rya 05 Mukakaro wiriwe ari umunsi w’akanyamuneza ku banyeshuri n’abarezi, hamwe n’abandi bose bari bakumbuye kubona Sat-b mu giteramo ataco basabwe mu kwinjira. Ururirimbo ku rundi n’intambo ziyobeye z’umurwi Black Snakes, ni vyo vyaranze ivyo birori.
-
Sat-B: kurya munkumbuye nanje ndabakumbuye
13 Ntwarante 2016, par Jean De DieuUmuririmvyi KARUME Abdool azwi kwizina rya Sat-b akomoka aha mugihugu c’Uburundi ubu asanzwe ariko akorera ibikorwa vyiwe vyumuziki mugihugu c’Urwanda amanyesha abakunzi biwe badahengeshanya kumubwira ko bamukumbuye mubiteramo mugihugu c’amavukiro,avuga ati:kurya munkumbuye nanje ndabakumbuye kandi ndabahoza kumutima.
Sat-b abandanya avuga ko yishimye cane kurukundo abakunzi biwe bamweretse biciye mukumutora kubuhinga bw’ubutumwa bugufi kugira azoserukire uburundi mumahiganwa ya Kora award (...)