IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Amasanamu > Isanamu y’ururirimbo "Satura Amabafle" yasohotse

Isanamu y’ururirimbo "Satura Amabafle" yasohotse

vendredi 10 Gitugutu 2014

Abakoze isanamu y’ururirimbo "Satura Amabafle" ya Sat B bayisohoye, iyo sanamu iboneka ko yakorewe mu kibanza kimwe aho yari mu bantu benshi, abajejwe umutekano wiwe bamucunze hamwe n’abatamvyi biwe.

Amwe mu mafoto y’igihe isanamu yariko irafatwa

Raba aha munsi isanamu y’ururirimbo "Satura Amabafle"


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.