Lolilo yasohoye amashusho (video) y’indirimbo "Kabiribiri"

Yanditswe na Cherif NKESHIMANA
Kuya 21 Nyakanga 2017 saa 01:08
Yasomwe :
0 0

Lolilo ahejeje gushira ahabona isanamu (video) y’ururirimbo "Kabiribiri". Isanamu yamaze gushika ku rubuga rwiwe rwa Youtube, rwakozwe n’inzu y’ubuhinyankyuzi "Zenges", mu mudiho wa Africa.

Kurikirana aha munsi ururirimbo "Kabiribiri", wiyumvire n’akanovera k’ikirundi n’umudiho w’Afrika.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha