Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amafoto ya "Sana Tu" azoja mw’isanamu ya Lolilo aratandukanye n’amajambo (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lolilo > indirimbo > Amafoto ya "Sana Tu" azoja mw’isanamu ya Lolilo aratandukanye n’amajambo (...)

Amafoto ya "Sana Tu" azoja mw’isanamu ya Lolilo aratandukanye n’amajambo aririmba

mardi 17 Ruhuhuma 2015

Amwe mu mafoto azoboneka mw’isanamu y’ururirimbo "Sana Tu’ rwa Lolilo yamaze gusohoka, igitangaje n’uko ayo mafoto aboneka Lolilo ameze nk’umuntu ari mu ntambara.

Ururirimbo rwa Lolilo rwitwa "Sana Tu". Amafoto amaze kuja ahabona, uwo muririmvyi aboneka hamwe asa n’uwuriko ararwana, ahandi ariko aca mu bitsinga, ipikipiki isa n’iyi giporisi iriko imwirukako. Uko ayo mafoto aboneka biratandukanye n’ivyo aririmba muri "Sana Tu".

Raba aha munsi amafoto yerekana uko isanamu "Video" izoba imeze, uce wumviriza kandi munsi y’ayo ururirimbo "Sana Tu".


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.