IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lolilo > indirimbo > Amajambo yuzuye urukundo yumvikana mu ruririmbo "Follow Follow"rwa (...)

Amajambo yuzuye urukundo yumvikana mu ruririmbo "Follow Follow"rwa Lolilo

mercredi 18 Ruheshi 2014

Umuririmvyi Lolilo yaje n’ururirimbo rushasha "Follow Follow", aririmbira uwo yipfuza ko borambana, bakagirana amaherezo meza. Amajambo y’urukundo aryohera amatwi akaremesha imitima, yumvikana mu ruririmbo "Follow Follow".

JPEG - 41.1 ko
Lolilo na Lycette bubakanye

Nk’uko amajambo ari mu ruririmbo "Follow Follow" rwa Lolilo abivuga, uwo muririmvyi aririmba uwo yipfuza ko bazorambana, bakagirana iherezo ryiza. Lolilo amubwira ati :"Ndagukunda kuruta uko nikunda,... iyo nobaye ndabishoboye nobujije urupfu kugutwara,... nzogukwirikira, nzokwiyegereza gushika mu busaza,...amaherezo yacu azobe meza my chou."

Fyonda aha munsi wumviriza amajambo Lolilo abwira umukunzi wiwe, ariko aramuririmbira


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.