Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Kwidagadura \BB umucuraranzi \BB Lolilo \BB indirimbo
Uruwambere
Yanditswe taliki ya 11-03-2013 - isaha 04:20'



FYONDA NGAHA WUMVIRIZE INDIRIMBO
  Uruwambere ya Lolilo na Black-G
Ivyiyumviro vyanyu

jewe numva iyo ndirimbo irimwo ijwi rya bg fizo

9.11.2018 à 11:08
niyibitang shabani

Andika hano lolilo uruwambere

3.05.2018 à 10:29
amisipro
31.07.2017 à 01:05
Ejide.
25.07.2017 à 07:59
issaac iradukunda

mutuze kuba lollilo yarigishije ntibisigur katamuvaho uretse katanamwigishij ahubgo batangiyw bakorera hamw ntamuntu utarwa nalolilo arabizi koyahoze ari 1 arikubu nuwakabiri fizz arayoboye

27.05.2017 à 14:05
gerome

nashaka uturirimbo turyoshe twurukundo

20.05.2017 à 08:15
Niyonkuru Cléophas

Jew Kweri Numvivyobatobifpakukobosenibamw Kanditurabemera.Kandije Nashamuzindons Zosendazunve

AJ

23.04.2017 à 10:30
AJ

Ico Nohanura Abobenewacu Nuko Bokumvika Kukwaribamwe Ntibaze Baragiriranira Bif Bumvikane Nkuk Bumvikana Nakare Nayahandih Bimezuko Umuziki Wuburund Ntayuzoshika

2.04.2017 à 17:39
Hatangimana Fabrice

Sha Bafuy Ubusa

17.03.2017 à 16:10
Egide

Mii Hapa Najuwa Big Fizz Anajuwa Kucez Na Kwiba Sasa Lolil Nturiya Nwaciye Ukitanka Kurunka Aya.

21.02.2017 à 14:14
Zugar Ruyigi

Twebwe Nkabakunzi Bumuziki Twipfuzako Umuziki W’uburundi Woterimbere,nk’americain Ndetse Nk’asie,

19.02.2017 à 22:22
Ndize Lionaldo Alain-B

Ko Mutampa Izo Ndirimbo

12.02.2017 à 22:37
68814423

nashaka kuronka indirimba ya big fizzo niko sawa

8.02.2017 à 12:58
claude

LOLILO KUNUNVISEKO URIKO URASOHORA AMAFIRIME TUZOYABONARYARI? MBEHOHO NIKUBERIKI IZUMAZEGUSOHORA,TUTAZIRORERA? NTIZIREKURIWEKWEREKANWA MUBURUNDI? MUNYISHUYE MWOBAMUKOZE

19.01.2017 à 05:48
Niyoyitungira

NIKURUNGIKA UMUSANI AKOMEYE ABACHIRE HAMWE KUKO BOSE BARASHOBOY

12.01.2017 à 11:40
BIENFIAT

NIBUMVIKANE

3.12.2016 à 23:13
SHABANI BUGAND

NONE KO ATAZO TWUMVA IZO NDIRIMBO

6.11.2016 à 22:51
EMILE

Kimwe gusa Lolo niyubahe kuko ntangana na Mutama Fizzo.

6.11.2016 à 20:56
Sanadasingi Jung

ABOBARIRIVYI.NIBUMVIKANE.CANKE BITUREA ABAHANZI,BABAHANURE.NTIBAFI.IGUFANKUBUNYEGERI

6.11.2016 à 19:27
YANDEKO
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.