IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Happy Famba > Inkuru > Happy Famba ntiyigeze afatwa

Happy Famba ntiyigeze afatwa

mercredi 12 Mukakaro 2017, par Jean de Dieu M.

Happy Famba aboneka aboshe amaguru n’amaboko, asa n’uwihebuye. Amakuru ariko avugwa kw’iyo foto ni menshi. Bamwe bavuga ko uwo muririmvyi yoba yaranyurujwe inyuma y’igiteramo ca Koffi Olomide. Abandi bakandika bamutyoza bavuga ko yafashwe yivye.

Ikinyamakuru IGIHE carondeye umuco kuri izo nkuru. Twahamagaye Happy Famba ubwiwe, Tumubajije ko ameze neza, yatwishuye ko ata kibazo na kimwe afise.

Twamubajije kandi ko ayo makuru aramushikira, yishuye ko yabibonye. Duti : "None ukuri ni ukuhe?

Happy Famba yishuye ati : "Iyo foto iriko ivugwa ni iyafashwe igihe uwo muririmvyi yariko ategura vidéo y’ururirimbo "Why Me".

Avuga kandi ko abantu bakwiragiza inkuru nk’izo bokwikubita agashi bakareka gucapfuza izina ryiwe, n’iry’abandi.


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.