Happy Famba yasohoye ururirimbo yitiriye umwanya wiwe

Yanditswe na Cherif NKESHIMANA
Kuya 24 Gitugutu 2017 saa 03:25
Yasomwe : 1674
0 0

Inyuma y’igihe kitari gito adasohora indirimbo, Happy Famba yasohoye uririmbo yise "My Time". Happy Famba avuga ko umuntu wese afise umwanya wiwe.

Hari haheze iminsi havugwa uririmbo rushasha rwa Famba yitazira "Mkali wa Show", none rwahavuye rusohoka.

Famba avuga ko ikintu cose gifise umwanya gikorerwako, yongera kandi akavuga ko umuntu wese afise umwanya, igihe ciwe.

Nikwo rero gusohora ururirimbo yise "My time".

Umviriza ururirimbo "My time" rwa Happy Famba


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha