Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Inkuru > Sat – B arahakana ibivugwa ko yoba ari umu illuminate
Sat – B arahakana ibivugwa ko yoba ari umu illuminate
mardi 30 Mukakaro 2013
Inyuma y’aho umuririmvyi Sat- B atanguye kuja gukorera indirimbo mu Buganda ku muhinyanyizi Washington, akanaronka umutunganyabikorwa ( Manager ) Dj Jackosn hari abatanguye kuvugako Sat-B yoba ari umu ulluminati.
Bivuye kuma sigise amaze iminsi afise ku bakunzi b’umuziki mu Burundi, hari abatanguye kuvuga ko Sat-B yoba asigaye yarayobotse inzira y’aba ulliminati kuko biboneka ko afise igikundiro kidasanzwe bagereranije n’ico yarasanganywe mu muziki. Amakuru Sat-B yahaye ikinyamakuru IGIHE Burundi, yavuze ko ivyo bamuvugako atari vyo na gato. Yabihakanye agira ati: “muvy’ukuri ntabwo Sat-B noja muba illuminati na manager wanje ntiyovyiyumvira, kuko iyo umuntu afise ibintu vyiza ntiyobura kuronka abafana ikindi gusa ntawobuza abavuga gusa nibandeke mbege ubugari kuko bwacumbwe n’umuvyeyi wa twese”.
- Sat-B mu giteramo ca Primusic
Sat-B avuga ko yizeye ingabirano yiwe yo kuririmba kandi ayigenjejemwo neza izomushikana kure ku rugero rushimishije. Kurubwo rero ngo nta mpamvu yoja muvyo kurondera inguvu mu gukurikirana ibintazi. Abandanya avugako hari n’abantu benshi bamwandikira baciye ku rubuga rwa Facebook babimubaza maze akabibahakanira mugabo bakanka kuvyemera ngo kuko babona asigaye afise ibintu vyinshi vyahindutse mu muziki. Ariko ngo boshaka bakanavyemera kuko arobanura indiririmbo nziza nziza akaba arizo aja gukorera i Kampala. Ukuba naho asigaye akundwa n’abantu benshi ngo ntabisigura ko aja muba illuminate.
Ati: “ugukundwa biva ku kuntu nafashe intumbero yo gukora nitanze kugira ngo nzane ihinduka mu muziki wanje. "kukaba nkako, avuga ko kuva na kera indoto ziwe ari ugushikana umuziki wiwe ku rugero mpuzamakungu kuko abona abandi benshi bamenyekanye cane ata gikomeye bamurusha, uretse kuvyitaho no kuronka uburyo buhagije.

Joel Sengurebe
Messages
11 Kigarama 2013, 08:22, par rama
naho abihakana iyo sinye yiwe niyo aba elluminate ararabe ntadushiremwo inguvu z’imyuka mibi y’amashetani
14 Rusama 2014, 00:12, par Swallow-FBI
gute ivyo bintu vyoba bigire bize ngaha mu Burundi??Niki gituma abantu twipfuza amaronko y’isi??Canke niki gituma abantu twiyumvirana??Mbega hoho ntimuzi yuko ari icaha kwiyumvira mugenzawe??Jewe ko mbona ivy’isi bigoye itahura,niki cotuma ndamwiyumvira uko atari??Namba vyoba arivyo "uhoraho azokwihorera"...ariko nzoguma nsenga bikomeye kugira uburundi ntibube ikibuga c’amashetani...
"JAH LIV"
2 Gitugutu 2014, 06:35, par NIYONKURU PHENIAS
KWELI JEWE NDITWA NIYONKURU FENIAS NKABA NDI MURI DAR ES LAAM NDAVYE INDIRIMBO YA SAT-B YA NYAMUGIGIMA NACHIYE NIPHUZA KO NOKORANA UMUZIKI NUWO MURIRIMVYI ALIKO NSABA INAMBER YIWE KWAMAELEZO ZAIDI
2 Nzero 2015, 20:43, par Love shall be
Burya iyo illuminate irabaho? ninde ayizi ambarire 4na76242076 canke 75408010.
2 Nzero 2015, 20:45, par Love shall be
Burya iyo illuminate irabaho? ninde ayizi ambarire 4na76242076 canke 75408010.
17 Ntwarante 2015, 18:49, par MAULIDY
naho jewe muga,hamwe yoba ariwe nomufana kuko nanje narose inzir ijayo nogenda nkemera ibikurikira kuk ubuzima bw’ubu buragoye
10 Ndamukiza 2015, 21:54, par SULAIMAN
NDIBAZA YUKO IVYO SAT B AVUGA VYOBA ARIVYO WOSANGA GUSA IMANA YAMUHAYE.
13 Ndamukiza 2015, 23:31, par macumi emmanuel
oya nukumubeshera@ hubwo biratangaje!iyo umuntu ateye imbere nukwo bigenda!abarundi baragoye
15 Ndamukiza 2015, 13:22, par nzoyikorera
twovyemezwa niki?twovyemezwa nuko vyoba vyavuzwe mu illuminati
11 Mukakaro 2015, 21:54, par Emmanuel Ndarusanze.
Nibamureke Akore Natwe Turinyuma Yiwe,icobomenya Igiti Kirakurira Mubabaji.Kandi.Umwana Wumusenzi Ntazoba Umushenzi.
18 Myandagaro 2015, 19:38, par Innocent Ndayisaba
Jewe Nubunyene Turikoduharira N’abemezako Ari Umu Illuminati Nimuduheinkuyo Kugira Muduhayure.
31 Myandagaro 2015, 23:27, par Omer Ndizeye(nojustifyLife)
My Name Omer (Nojustify Life).Iyo Nkuru Ntawoyemeza Kuko Ubu Kubona Afis Igkundiro Erega Izina Ryiw Ryaramenyekany Ndets Ivyakora Azobikundigwa.Big Up Sat_b This Is your Time
28 Gitugutu 2015, 14:39, par SAT-B ABAYEHO GUTE
sat-b abayeho gute
30 Nzero 2016, 01:13, par Thierry Lil-cent Nibaruta
Nibamurekumubeshera Iryokosa Ntiyorikora
14 Ndamukiza 2016, 21:52, par Egdnzey
Jew Sinogucir Urubanz Biragusha Niw Uz Ikir Mumutim Wawe
5 Rusama 2016, 15:37, par Deben
jewe ico noterera nuko bokura amakomatere umwumwe wese nico ahisemwo mugabo nimba bata besha iyonzira ntikiza
4 Ruheshi 2016, 21:21, par THIERRY LIL*CENT ruyigi
NOMUSABA NIMBA AJAYO KOYOVAYO NGO NABARIYO BARARIRA
24 Ruheshi 2016, 16:19, par Nestor Ganzamukama
Arabesha Sa T B Nivyo N Illumunatu NTAWEMERA IKO URUSUMA,ATAWURAMUFATA
7 Mukakaro 2016, 14:05, par Moses Satelite.
Ico Mbona Nuko BoMureka Kuko Iyo Umuntu Yironkeye Utuntu Ntibareka Kuvuga.Mugabo Nimba Arivyo,Nahindure Kuko Iyo Nzira Siwo Muti.
7 Mukakaro 2016, 14:25, par Moses
Nibamureke Yivumire,kuko Sibo Bamuhaye.Mugabo Ntaze Yiyunvire Kuja Mu Bu Illimunate Kuko Nibubi.
18 Nyakanga 2016, 08:02, par alexis bucumi
shakakoyoza kuntora mukayogoro tugakorana indirimbo
14 Gitugutu 2016, 10:57, par Emma son youngster
navyemere nimba arivy kuk ntac bitway nabnd bararabibayemw kand uwa mukund azoguma amukund
14 Munyonyo 2016, 19:16, par NIYONGABIRE JOSIAS
SAT-B IYONGINGO WAFASHE UMUZIKI SANS ILLIMINATI NIYO KUKO NTIWIREMYE KUKO BAVUGA NGO :" NO GOD NO LIFE".
16 Munyonyo 2016, 22:36, par manirakiza andre
nukuri naje ndiko ndaraba sat b birabonekako ari freemason
18 Kigarama 2016, 10:28, par Irakoze Wadelo
None Kuberi Iki Atari Bwamenyekanish Manager Wiwe Kuva Ubwambere?Cnk Gute?Yokundwa Gusumba Abandi Kand Avutse Vuba.Je Kubwanje Mumuziki Niwovuma Nkuko Utari Umu Iliminat Cnk Frimason Kand Hensh Havugwa Kwar Umu Frimason.Nokwemer Gt Kwatariwe?
10 Mukakaro 2017, 13:21, par nijimbere innocent
nibamureke niba arivyo nicaha kuriwe niba atabijamwo niterambere kuriwe ntumubuza kuko ivyo bavuga ngo nama esigne bakoresha nawe mubuzima urabigira ntavyo umenya ni mouvent imvolontaire
30 Myandagaro 2017, 19:38, par erie
sha araba maso kko beshi mukujayo bitangura kuza uko nyene nyimbq atarajoy niyiyubare kko nta keza kariy kko tubona uburorero bwabesh bagiyey ubu baricuz ijor numurang bidagishobok kand ubwa mbr wameng nibint bir simple
19 Myandagaro 2018, 13:39, par NDUWAYO ISMAIRI
INKURU ZIBABAJE MUBURUNDI ICAHA GIKABIJE NI VIOLE KANDI IGITANGAJE NUKO ABESHI NIMISORE NABAGABO KANDI BAKABAGIRIZA VIOLE KUKARENGANYO KANDI UGASANGA ABACAMANZA NABO BACA URUBANZA ATACEMEZA GUKO ICAHA CAVIOLE NTIGIRA IVYABONA BAKIRA KUKWAGIRIZA ICAHA GUSA UKABA WINJIYE MUGASHO ATANUKO WISIGUYE KANDI MUBURUNDI UWAGIRIJWE KOYAKOZE VIOLA USANGA UMENGO URUMUMENJA KURUTA UWISHE UMUNTU NONE MWUMVA UMUTI ARUYUHE TWOTORERA ICOCAHA KUGIRA ABASORE NABAGABO BABARUNDI BARONKE AMAHORO BIDEGEMVYE
1er Nyakanga 2018, 10:54, par kelly-mix
nibamureke erega ariko ararondera ubuzima biwe
4 Nyakanga 2018, 20:12, par siriyake manirambona
SATA-B UKABA UTARUMUFRIMASON NIVYIZA ARIKO WIBUKE KUDUZA ABANDI WONGERE UFASHE ABAGOWE MUBITARO NABANDI BAFISE INGORANE ZITANDUKANYE ZIBABAJE.UZOBAWANDI KISHIJE AMATEKA KUMANA NOKUBANTU AHONAJE NZOGUFANA !!
4 Nyakanga 2018, 21:11, par siriyake manirambona
satubi unteye amakenga ukaba urifrimason uragowe ntakonagufana numvise urifrimason naciyenumva wapi ushaka ubufrimaso wobuheba ntacobimaz
21 Nyakanga 2018, 21:39, par wasonari
uritondasat-b ivyisi birahera mugani wa arunovici at urazaporepore namananiza sha hamwe woba urifrimason ndakurira wewe nyamba utarahonyora ikara wumve. urazopima umusumwe utore ikara ukurikirato uhonyoreko wumve.ndazi nyimba wishimira ikirori urya kubakobwa. ndazi uzoca wiyumvira kubivamwo ahu ukaba urifrima uragowe kandi ndakurira KUKO IMBORO NAMAVYA BIZOGUSHUHANA HAMWE UBURA AYUCIRA NAYUMIRA. UGIRIMANA IVYONUMVA ABE ARUKUBESHAA AKABA ARIVYO NTACOMVUZE !%