Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ashley : Umugabo aririmba ko yomukorako yamenyekanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Ashley Girukwishaka > Inkuru > Ashley : Umugabo aririmba ko yomukorako yamenyekanye

Ashley : Umugabo aririmba ko yomukorako yamenyekanye

vendredi 10 Gitugutu 2014

Umugabo avugwa mu ruririmbo"Nkorako" rw’umuririmvyikazi Ashley ariko amenyekana ku mashusho make amaze gusohoka.

JPEG - 94.8 ko
Ashley Girukwishaka ari kumwe n’uwo yita umugabo wiwe

Abatari bake barakeneye kumenya umugabo yabwigwa aya majambo akurikira n’umuririmvyikazi Ashley:" Oya sintaha...nsasira ryame...urukundo nkukunda..ruzotuma mugabo nkugwinyuma". Arongera ati :" Nkorako mugabo wanje, umfumbatire nanje nkwiteho...". Amashusho y’isanamu ariko afatirwa mu Gatumba, isanamu nayo iriko ikorwa n’umuhinyanyuzi Black Artur, nk’uko uwo muririmvyi nyene abivuga.

Nk’uko Ashley yabituganiriye mu kiganiro duheruka kugirana, atumenyesha ko isanamu y’ururirimbo izosohoka vuba, amwe mu mafoto yerekana umuzo wayo yamaze gusohoka.

Amwe mu masanamu amaze kuja ahabona

JPEG - 94.8 ko
Ashley Girukwishaka ari kumwe n’uwo yita umugabo wiwe

Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.