Incamake

Umuririmvyi Sat-b ariko akora ubudahumeka

Yanditswe na Bill Nkurunziza
Kuya 5 Ruheshi 2015 saa 02:10
98460
0 0

Umuririmvyi rurangiranwa mu Burundi no muri karere Uburundi burimwo Karume batazira Sat-b ,wewe ntahesha kubandanya akora ubudahumeka.
Nk’uko ahejeje kuyaga n’ikinyamakuru IGIHE.bi, avuga ko ubu ariko akorana indiririmbo n’umuririmvyi wo mu gihugu c’Urwanda, nawe nyene atavyorosha AMAG THE BLACK indirimbo bise ubukene. Ivyo biheze, azoca akora RMX y’indirimbo yiwe yitwa “Kanitangaze “.
Nk’uko yabandanije abiganirira ikinyamakuru IGIHE.bi ,Sat-b mu mugambi wiwe wo kwagura imihora, vuba azoca (...)

Umuririmvyi rurangiranwa mu Burundi no muri karere Uburundi burimwo Karume batazira Sat-b ,wewe ntahesha kubandanya akora ubudahumeka.

Nk’uko ahejeje kuyaga n’ikinyamakuru IGIHE.bi, avuga ko ubu ariko akorana indiririmbo n’umuririmvyi wo mu gihugu c’Urwanda, nawe nyene atavyorosha AMAG THE BLACK indirimbo bise ubukene. Ivyo biheze, azoca akora RMX y’indirimbo yiwe yitwa “Kanitangaze “.

Nk’uko yabandanije abiganirira ikinyamakuru IGIHE.bi ,Sat-b mu mugambi wiwe wo kwagura imihora, vuba azoca akora iyindi ndirimbo ari kumwe na Ryder man n’uwo bita Blue Ston bose bo mu gihugu c’Urwanda, ariko akaba avuga ko bataricara hamwe kugira batore izina ry’ingene izoba yitwa.

Ku bivugwa cane hano mu Burundi kuri uwo muririmvyi asanzwe akundwa kandi ariko akorana canecane n’abanyarwanda, bamwe ko yarahunze, abandi nabo ko ariko yahora, eka havugwa vyinshi ko yoba yaranatwaye umuryango wiwe mu gihugu c’Urwanda ,ntaco yabivuzeko ariko yatwemereye ko mu minsi mike azogira icavuze ku biriko biraba hano mu B urundi no kuvyo bamuvugako.

Unviriza indirimbo Sat-b aheruka gukorana na Urban boys “urankirigita’’


Kumenyekanisha

1
bugtmz antoine 27-09-2016 à 17:58

sat-b ndamukunda. nipfuza ko yotera imbere .agateza imbere igihug ciwe.

2
Jean-marie 19-09-2016 à 14:12

Jew Daryohewe Nokubona Sat-b Ateyimbere Mumuziki Nkandamwiphuriza Itsizi

3
Jean-marie 19-09-2016 à 14:10

Jew Daryohewe Nokubona Sat-b Ateyimbere Mumuziki Nkandamwiphuriza Itsizi

4
nkunzimana oriviel 9-07-2016 à 22:06

nukuri ndamuhsima kuko yarakike ubuzima bwiw nizzo ndamuhsimiya cane yame muko?nne ntayindi ndirimbo barasohor?

5
ciza cheguvala 5-04-2016 à 12:35

Ndipfuza ko yokorana na lidi am hamw na tom cros

6
suing nsengiyumva 24-03-2016 à 20:35

sat-b respect jendaguf kwel ndibaz ntawund muririmvy yokujimbr kand imana igufash muvyukor vyos .

7
ndikuriyo Adios 21-03-2016 à 19:45

natwe turamufashe mu mugongo nakomeze aradushimisha

8
Nshemezimana Vianney 12-03-2016 à 23:05

ndanezerw cane numvise ivyiza nkivyo arik abarundi turamukumbuy cane ibiteramo vyiwe twosaba yuko twosubira kumubona

9
Ndereyimana amadutanja 27-02-2016 à 20:54

Je numva ata birebir nisaw vrem nakomer kwibang

10
NIYUBUSHOBOZIDORE 1er-11-2015 à 19:24

IVYOABANTUBAVUGANGOSAT-BIYONDIRIMBOMOTO,MOTOGENERATIONNGOSIYASAT-BNIVYOCANKESIVYOIYONDIRIMBOYASAT-BNAAMAG-THEBLACKYITWAUBUKENEIZOSOHOKWARYA

11
Jean Claude BIZIMANA 8-06-2015 à 22:12

Kuberako abaririmvyi baba bihebeya umwuga wo gutang’ubutumwa buciye mu ndirimbo na komeze ndetse amenyekanishe umuziki wacu

12
Bampanzamaso Emile 8-06-2015 à 16:25

Nivyiza Nakore Natwerinyuma Yiwe

13
ÑINI 8-06-2015 à 06:39

SWETI

14
butoyi christian 6-06-2015 à 21:05

butoyi christian

15
NYABENDA jean paul 6-06-2015 à 16:35

Ni nziza verema!

16
B.Kone 6-06-2015 à 06:52

kumbe karume ndakwemera cane abo nabo basaba ifoto nshasha bareke twebwe ikituraje ishinga nukuturonderera amakuru mashasha.

17
burundi bwacu 6-06-2015 à 03:19

Uwo mu menyeshamakuru yarondeye iyi nkuru ashobora kuba ariko abesha twebwe abasomyi, gute mwavuganye ariko ntumusabe i foto nshasha atari iyo ya kera?Kandi uriko ukora inkuru ugabanya ibishobisho kuko uvuze ko akundwa cane wari guca utanga urugero akundwa ko.fake

18
ERIC DESIRE KIYANGE 5-06-2015 à 17:01

UYO NUWIMANA YATORANIJE NIBAMUREKE YARARENGANYE SAT-B NDAMWEMERA KUKO IMANAYARAMUZITIJE IMIGISHA ARIKO NTAJE MUNGESO ZUBUHUMBU NAYEHOVA NTABISHIMA TUROMUSENUYO NUWIMANA YATORANIJE NIBAMUREKE YARARENGANYE SAT-B NDAMWEMERA KUKO IMANAYARAMUZITIJE IMIGISHA ARIKO NTAJE MUNGESO ZUBUHUMBU NAYEHOVA NTABISHIMA TUROMUSENGERA

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha