IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Natacha NGENDABANKA > Inkuru > Abaririmvyi Natacha na Sheebah ntibayaze amasigara cicaro

Abaririmvyi Natacha na Sheebah ntibayaze amasigara cicaro

mardi 24 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Kalungi na Ngendabanka Natacha bashikanye ivyo bemeye. Uririmbo "Wangu" bakoranye rwasohotse. Naho biri uko, amakuru ava mu begereye Natacha yari yatangaje ko ururirimbo ruzosohokana n’isanamu yarwo, ariko siko vyagenze. Bashize ahabona amajwi gusa. Tukaba tugiye kubaza mu batanga amakuru kwa Natacha icoba catumye bidasohokera rimwe nk’uko abakunzi biwe bari bavyiteze.

Tubibutse ko Natacha ariko ahiganwa muri Isanganiro Awards n’ururirimbo rwiwe "Iyamirize".

Umviriza ururirimbo "Wangu" rwa Natacha n’umugandakazi Sheebah Kalungi


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.