Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umuririmvyikazi Natacha ari mu bashimiwe n’umukuru w’igihugu NKURUNZIZA - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Natacha NGENDABANKA > Inkuru > Umuririmvyikazi Natacha ari mu bashimiwe n’umukuru w’igihugu NKURUNZIZA

Umuririmvyikazi Natacha ari mu bashimiwe n’umukuru w’igihugu NKURUNZIZA

dimanche 2 Mukakaro 2017, par Jean de Dieu M.

Natacha Ngendabanka,umuririmvyikazi,yagomwe n’umukuru w’Igihugu c’Uburundi ku bikorwa vyiza akora mu guteza imbere umuziki ndundi no kuwumenyekanisha mu makungu. Ivyo ni ivyavuzwe na Petero Nkurunziza arongoye igihugu c’Uburundi.

Kubw’ivyo,Natacha yahawe agashimwe k’umuliyoni n’inusu y’amarundi(1.500.000frbu).
Ivyo vyabereye mu birori vyo guhimbaza imyaka mirongo 55 Uburundi bumaze bwikukiye.

Twobibutsako Natacha,aririmba cane cane indirimbo ziha agaciro abapfasoni,eka n’indirimbo zihayagiza igihugu. Ubwo butumwa abucisha mu biteramo akorera mu bihugu vyo muri Afrika n’iburaya.


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.