Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Kwidagadura \BB umucuraranzi \BB Mkombozi \BB inkuru
Mkombozi : Ukuri nikwo kwatumye mpunga igihugu (Video)
Yanditswe taliki ya 6-01-2017 - isaha 08:15' na IGIHE

Sc : Tele Renaissance

Ivyiyumviro vyanyu

bandanya uduha ubutumwa ntutinye kuko uta inkoko ntuta icoyabitse imana ikuje imbere nakare izina niryo muntu nzeyimana mukombozi waaaaacu poa

7.04.2017 à 22:21
masabo

Ahubwo mwebwe abaririmvyi mwahungiye mugwanda,mwiyokeje icaha,mwebwe mwategerezwa kutagira aho mwegamira none mwegamiye kuri ba nsindumuja,na ba mujeri,na ba rugoti,none jinyika,muwunwe naho urura,naho muzoza murasa tuzobavugutira umuti ubakwiye,ikindi none kombona abaririnvyi abenshi mwahungiye mu gwanda ko muri abatutsi gusa nikuki ?.mwarahinyutse kweri.za muranya aho mweretswe,kandi mumenye ko mwasomye kumukenke mubi wabo basokuru naba so Banyu ba sindumuja.toka shetani.wende a MAHAMA.

7.01.2017 à 19:21
UMWAMI

Good job Mukombozi ! Urumugabo cyane, abatabonako ukuri kubuze nibarya basazi badashaka kubibona imbwa za nkurunziza

7.01.2017 à 06:39
Hamisi

Nayezu Yarakuzize Urahunguka Wemere Ukuzire Mutorane Ubwani Budahera.

6.01.2017 à 23:16
Donatien Uganda

ahubwo bose bomeze nkawe igihugu cacu coteyimbere

6.01.2017 à 21:37
david

none wew kowanse kuvuga abishe ababikira ubazi kandi wavuzeko amatara acitse none ntaragaruka amatara ngo ubatubarire ?wew wihaye kuririmba vya politique nakarimunda yingoma utagira igisoda kigukingira ?banza ube impunzi rero uzagaruka fdd itagitwara

6.01.2017 à 18:56
eric

Burya urumuririvyi inaniwe kureka kunwa ibiyovyabwenge wogerageza ukagabanya ntunwe vyishi kuko biraheza bikaguheza nezaneza raba nkuyu ibibitutsi birimwurururirimbo.

6.01.2017 à 16:46
.

None Mukombozi uburihehe ?Turaguhay ikaz iwacu mustar wacu.

6.01.2017 à 16:24
Ndayizeye Joseph

None Mukombozi uburihehe ?Turaguhay ikaz iwacu mustar wacu.

6.01.2017 à 16:22
Ndayizeye Joseph

Mwenewa,turagukumbuyehanoiburundi urazakuturamutsa ,ndagusavye iyondirimboyaweshasha.

6.01.2017 à 14:07
Ezeciel Ikarusi

Kandi ukuri nikwo kwatumye agaruka mu gihugu.

6.01.2017 à 11:38
jonn nn

uyu mukombozi azamera nku muhanzi w" umunyarwanda witwa Bikindi simon wirifrwaga aririmba poltique none ubu arafunze uyu muhanzi niba yarashwanye na leta ya nkurunziza kubera kuririmba poltique bikamuviramo guhunga ubwo umunsi nkurunziza azavaho abazamusimbura baza mwakira nki ntwari ariko umunsi bashwanye nawe akaririmba za poltique ze ubwo azongera se ahunge na kiza cyo kuririmba poltique burigihe ababikora barangira nabi umunsi umwe azashukwa atangire aririmbe amoko

6.01.2017 à 11:35
paul

Nagaruke turamukumbuye uwo muvandimwe

6.01.2017 à 08:30
irabaruta babuu

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.