IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Mkombozi > inkuru > Mkombozi agiye gushitsa isezerano yemereye Imana

Mkombozi agiye gushitsa isezerano yemereye Imana

dimanche 8 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Urupapuro rutangaza umuzo w’ururirimbo rw’Imana rwa Mkombozi rwamaze gusohoka.

"Mana Dutabare", ni umutwe w’ururirimbo rwa mbere Nzeyimana Thomas batazira Mkombozi agiye gusohora kuva atangaje ko agiye kuririmba iz’Imana gusa.

Urwo ruririmbo rwitezwe cane n’abahora bumviriza izindi ndirimbo yahora asohora, aho ubutumwa bwazo bwakora kuri benshi.

Tubibutse ko ingingo yo kuririmbira Imana ya Mkombozi yavuzweko vyinshi igihe yabitangaza ku rubuga rwiwe rwa facebook.


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.