Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Mkombozi > inkuru > Mkombozi:"Iyo Yezu yaba kw’isi mwari ku mukubita ku d’etat, mufise icaka co (...)
Mkombozi:"Iyo Yezu yaba kw’isi mwari ku mukubita ku d’etat, mufise icaka co gutwara"
mardi 5 Rusama 2015
Mkombozi nawe avuga ati:" Nimba Abarundi batagushaka kuki wewe utobashimira kubona baraguhaye amahigwe yo kubarongora? Mbe ko mwigira abasenzi ivyo nivyo Bibilia yabigishije?Yezu yari kuba ngaha kw’isi mwari kuhava mu mukubita ku d’etat kuko mbona mufise icaka n’ubusazi bwogutwara"

"Ndababwire ncuti zanje, Uburundi ni co gihugu cacu c’isezerano, kuri ivyo rero tukazoreka ko Uburundi bwacu bugenda uko nk’amazi atemba tutazi iyo agana, tuzoba twihaye ububwa n’izina "impunzi" rizokwama ririkumwe natwe gushika ku buzukuru n’abuzukuruza bacu bazocika GENERATION Y’IMPUNZI. Kuri vyo rero duharanire agateka kacu ariko ntiturwanire agateka kacu, ariko mu gihe bizoshika uwufise agateka kacu yanse kukaduha mu nzira yo kugaharanira, tuzoce tukarwanira. Urugamba tuzorutsinda kuko n’Imana izoba iri kumwe natwe, kuko niyo yaduhaye Uburundi, kandi sinibaza ko Imana yaduhaye UBURUNDI kigirango duturubikwe, dufatwe nk’abaja ariko yabuduhaye kugira iyo tuvuye mu bindi bihugu, bikadufata nabi mu kudusomboroza canke mukuturenganya. Uburundi buzobe buraho mu kuduhumuriza no kuduhoza amarira y ivyago twaronkeye mu mahanga. Ubu Uburundi ni bwo buturenganya tukagira akoyoko turi mu mahanga. Kuber iki?? Kuki tuba mu bihugu no kuja mu matora bisaba ko baguha uruhusha kandi ufise imyaka irenga 18?"
Abandanya yandika ati:" Kuki tuba mu bihugu kugirango turonke karangamuntu yabo bisaba imyaka, n’ibibazo bitandukanye bariko baratwiga neza, mbe tubaye Biologie, maths canke turi section canke faculté??? KUKI ABARONGOZI BACU BAKUNDA UBU CHAUFFEUR NK’ UWUHERUKA KW’IGA IMODOKA CANKE KUYIGURA??? Mbe murongora Abarundi canke muri rongora?? Nimba Abarundi batagushaka kuki wewe utobashimira kubona baraguhaye amahigwe yokubarongora???
Mbe ko mwigira abasenzi ivyo nivyo Bibilia yabigishije? Ukuntu ndababona nibaza ko, nimba Yezu yari kuba ngaha kw’isi mwari kuhava mu mukubita ku d’etat kuko mbona mufise icaka n’ubusazi bwogutwara.
Murakoze cane Mana hezagira Abarundi bagowe batagoye hanyuma ubahindure abagoye kandi bagowe.
@ Mkomboking.
HASTA LA VICTORIA SIEMPRE"
Tubibutse ko uwo muririmvyi avuga ko yahunze igihugu c’Uburundi kubera bivugwa ko yoba yariko ahigwa kugira agandagurwe.
Umviriza ururirimbo PAPA NZEYIMANA rwa Mkombozi
Cherif Nkeshimana
Messages
5 Rusama 2015, 21:30, par hasta
iyo mvungakur ni yirambire ntakabi!hasta
6 Rusama 2015, 11:34, par Deo
Wow!Wow!... Emotion ziranyishe sinarinzi ko hakiriho abahanzi beza nka Mkombozi. Uyu musore ndamukunze cyane nubwo ntamuzi. Imana imuhe umugisha muri music ye. Sha uri intwari kimwe naba Bob Marley, Lucky Dube,...Uburundi bufite amahirwe kugira Musician nk’uyu. Kandi Imana ihe amahoro benewacu b’Abarundi.
6 Rusama 2015, 22:12, par Sylvain
Jewe Hariho Ico Nashaka Mumfashe Nashaka Kumenya Ukuntu Umuntu Yokore Sha Facebook Atakode Yiwe Afise Ya Fecebook Nukuntu Yoyironka Muzoba Mukoze
8 Rusama 2015, 14:54, par jobs nikuze
hasta tekana igihe co kuva mubuja cageze.nituzotinya gusesera amaraso igihugu kko ibwa zo ziyanwa kuri gusa.
29 Rusama 2015, 22:04, par ELIAS
ARIKO UBURUNDI BUZOGORORA BIDATEVYE UHANGA NEZE.
26 Ruheshi 2015, 21:30, par JASSIN NDUWAYO
MUBISANZWE IYI NKURU NIYO
8 Mukakaro 2015, 21:23, par SHEMEZA
NDAGUKUNDA IMANA YAGUSHIKANYE IYURI UGUHEZAGIRE URAHORANA UMUTIMA RUGABO NTIHAGIRE UZOKBUZA IVYIYUVIRO VYAWE
3 Nyakanga 2015, 21:22, par nshime chris
mukombozi intwari stay strong ntamvura idahita
8 Kigarama 2015, 06:36, par MET’S DAY NYANYA-LAC MAKAMBA
URIBAZA KUVYO WAMARIYE IGIHUGU NTIWIBAZE KUVYO WASANZEHO MKOMBOZI KOMERA TURAGUKUNDA ABANYAMAKAMBA KANDI TRAGUKUMBUYE TWBUKAHO WAHORA UDUHA IBGANIRO TUKBAZA UTUNTUNUTUNDU KABONGA CHANCE
25 Ruhuhuma 2016, 16:15, par Bruce
Nshaka Iyo Ndirimbo
7 Ntwarante 2016, 22:23, par Abou
NOUS SOMMES ENSEMBLES ,TOUT EST ARRETÉ IL FAUT POSER.
10 Ntwarante 2016, 06:47, par IBARUSHIMBABAZI JOSAPHAT
IHANGANE MKOMBOZ URI KWISI NIKO BIGENDA URAZIKO NA YEZU BAMUGERAGEJE IMISI MIRO40 AGERAGEZWA NA SATANI NATWEBWE TUZOBANESHA KWIZINA RYA YEZU WIHANGANE VEMA URIKWISI NAMANANIZA MUGABO TUZOBANDAMYA TUBASEMGERA MUZO TIMBA MUZA MURINEZA NTIMUBABAZWE NUBURUNDI AHUBWO USHIMIRE IMANA KO MUGIKOMEYE AHO IMANA YARAKOZE NDANGIRIJE AHA MUGIRE UMUTAGA MWIZA
5 Ndamukiza 2016, 20:45, par NKURUNZIZAA ELVIS
Ndagushimiye cane kumpanuro ubagezaho
21 Ndamukiza 2016, 13:37, par Nishimwe Faustin
Nivyo Hasta.Jembonako aryamasengesho bagir aramafeki,nibajebarekakuduhenda ngobarasenga,bamenyeko Imanayo idahendwa.Icahaco n’ubusazibwogutwara barinavyo pe.Arikobizohinduka.
21 Ndamukiza 2016, 13:52, par Nishimwe Faustin
Nivyo Hasta.Jembonako ahobigirangobarasenga aramafeki.Nibazebarekakuduhendangon’abasenzi.Bamenyeko Imana idahendwa.Icaha n’ubusazibwogutwara vyobarabifise pe!
22 Ndamukiza 2016, 11:39, par Nishimwe Faustin
Nivyo Hasta.Ahobigirangobarasenga jembonakw’aramasengeshofeki.Arikobamenyeko bahendatwebwe badahenda Imana.Kandibamenyeko bitazokwamuko bizohinduka.Icaha n’ubusazi bwogutwara vyobarabifise pe!
5 Mukakaro 2016, 09:08, par Dieudonné
We Mkombozi Ntugireubwoba Kwivyobakuvugako Kuko Sibobakuremye Ahubwokomezaubabwirauzobonaivyuvugabimukorakoazokwikebuka.
5 Mukakaro 2016, 09:09, par Dieudonné
We Mkombozi Ntugireubwoba Kwivyobakuvugako Kuko Sibobakuremye Ahubwokomezaubabwirauzobonaivyuvugabimukorakoazokwikebuka.
2 Myandagaro 2016, 18:30, par Osuald
Mkombozi Turikumwe Ntihagiye Ikiguca Intege Turinyuma Yawe, Ndimubuhungiro Kubwa Gatwekabi Ariwe Mavoka, Igihugu Ntawucanka Turagikunda Harihumusi Umwagazi Wimpene Uzokuri Intwambwe
17 Myandagaro 2016, 10:18, par Anatalie
Ivyuburundi Biragoye Kabisa Mkombozi Turagushigikye Imana Irakubona Ukuri Guca Muziko Ariko Ntigusha
15 Nyakanga 2016, 23:19, par Japhet nshimirimana
ntihagire ibigucintege imana irakubona wihangane
19 Nyakanga 2016, 07:12, par BAHATI FRENK
IMAMA IRAKUBON NIWIHAGANE.
21 Nyakanga 2016, 05:47, par Jean.Marie
Nivyiza Yarahanuye
19 Gitugutu 2016, 19:47, par mkombozi
indirimbo yamkombozi video
2 Munyonyo 2016, 19:28, par NSENGIYUMVA
INDIRIMBO ZA MKOMBOZI
7 Nzero 2017, 13:06, par Ntahonicaye Berchms
Ndakunda Mukombozi Nibamureke Atahuke Mugihugu Camwibarutse Kuko Abamukunda Turiho Turibenshi Ninacogituma Nkurunziza Nabiwe Basangiye Ubujura Bomureka Kuko Avugukuri Mukombozi Fanyakazi Usiogope Uishi Nakujua Kwamba Wabaya Wapo Nkurunziza Mwaache Naupumbafu Wake P6 Shalom Aosio
25 Nzero 2017, 22:09, par Ezechiel
Man Urumw Kabis Uranydmej Ico Nokubwir Nt Rispect.
1er Ruhuhuma 2017, 21:56, par MEY-T
frech man nivyo
14 Ruhuhuma 2017, 09:57, par BOSC
BIZIMANA IVYOMUVUGANUBUBESHI AZ0BATWARAKOMUVUGA ATARASUBIRAKWITOZAMANDAYAKANE HOHOMUZOVBIZIMANA IVYOMUVUGANUBUBESHI AZ0BATWARAKOMUVUGA ATARASUBIRAKWITOZAMANDAYAKANE HOHOMUZOVUGAGUTE
2 Ntwarante 2017, 11:21, par paul
uko nukuri peeeee
2 Ndamukiza 2017, 02:50, par claude Vyigiro
nimba aruko jewe ntaco noyivugako peee?
14 Ndamukiza 2017, 18:21, par Jean De Dieu Nshimirimana
Iyaba Uburundi Bwari Iparadizo.Noguhay Ukagaba Uburund.Hanuramani Naho Batumva.
24 Ndamukiza 2017, 05:55, par sinzumusi
ivyo mukombozi avuga nivyo.
13 Rusama 2017, 20:45, par josue nzoyikorera
imana ibahe ubwenge bwogutahura ivyo bariko barakora
19 Rusama 2017, 22:22, par Eric
Ndizeye Ko Azogaruka Mugihugu Camavukiro Imana Ibane Nawé
8 Mukakaro 2017, 16:22, par Prince
17 Ntwarante 2018, 20:51, par manirakinga emmanuel
mkombozi avugavy uwo mutip n,imana yamuturungikiy