IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > inkuru > Big Fizzo na Munyare boba bariko bategura igikorwa

Big Fizzo na Munyare boba bariko bategura igikorwa

lundi 10 Mukakaro 2017

Inyuma y’umubonano bose bari bavuyemwo ku nsamirizi n’imboneshakure vy’igihugu, Mugani Désiré azwi kw’izina rya Big Fizzo na Ndaruzaniye Déo azwi kw’izina rya Munyare baciye bafata akanya katari gato baganira bongera bafata n’amasanamu.

Yaba NDARUZANIYE Déo Munyare canke Big Fizzo, nta n’umwe yashimye kuvuga ico bayaze muri uwo mubonano.

Tumenyereye Munyare akunzwe n’abaririmvyi gushika aho bamushira no mu masanamu y’indirimbo zabo, bikikekwa ko ari no muri iyo ntumbero boba barabonanye na Big Fizzo kugira bavugane ku gikorwa bohuriramwo.


Cherif NKESHIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.