Iry Tina na Big Fizzo basohoye ururirimbo rushasha

Yanditswe na Cherif NKESHIMANA
Kuya 26 juillet 2017 saa 01:30
Yasomwe : 4401
0 0

Ururirimbo Big Fizzo yakoranye n’umuririmvyikazi Iry Tina rwasohotse. "Mida ya Love" canke " Imyanya y’Urukundo" niko bise urwo ruririmbo rwabo.

Tubamenyeshe ko Iry Tina ari umuririmvyikazi w’umurundi arangurira uwo mwuga mu gihugu ca Uganda.

Twobibutsa kandi ko kuri uwu wa gatatu Big Fariouz asigaye yitazira "Bantu Bwoy" yariko ahimbaza umunsi mukuru w’amavuka yiwe.

Umviriza ururirimbo "Mida ya Love" rwa Iry Tina na Big Fizzo


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha