Lolilo yasohoye ururirimbo rwuzuye amajambo y’urukundo asosera amatwi

Yanditswe na Cherif NKESHIMANA
Kuya 30 Gitugutu 2017 saa 04:47
Yasomwe : 10278
0 0

Lolilo yasohoye ururirimbo yise "Nzokudigadiga" inyuma y’iminsi itari mikeyi ya "Final" n’amasanamu y’ururirimbo "Kabiribiri". Mu ruririmbo rushasha, Lolilo ati :" narakwihebeye, unyifatire hose, sinshobora kubaho ntari kumwe nawe.

Lolilo yiyita "Mzizi wa Jiwe" akoranye n’umuhinyanyuzi Peniel, yasohoye ururirimbo "Nzokudigadiga". Amajambo y’urukundo asosera amatwi niyo Lolilo yakoreshe mu kwandika no kuririmba urwo ruririmbo.

Mu citabirizo ca "nzokudigadiga", Lolilo ati :
"Nzokudigadiga Bajou,
Nzokudigadiga bajou,
You are my feelings,
You are my feelings,

Lolilo arabandanya mu gitero ati :
"Narakwihebeyee hose,
unyifatire hose,
I can’t live with out,
iyo turikumwe it’s OK,
Mama signolita,
unavyokata chini makata,
macho kwa unaniita,
sakata hakuna matata,
hold on hold on,
Oooh baby keep on,
Hold On hold on,
Ooh baby Keep on.

Umviriza aha munsi ayo majambo ahinyanyuwe, mwongere mwumvirize igitero ca gatatu c’urwo ruririmbo.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha