IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lolilo > inkuru > Imbanyi yarimwo imfura ya Lolilo na Loriane ishobora kuba yakorotse

Imbanyi yarimwo imfura ya Lolilo na Loriane ishobora kuba yakorotse

jeudi 1er Rusama 2014

Umutambukanyi wa Lolilo ari kwa muganga ku bitaro vya Prince Regent. Aho arwariye ashobora kuba yagize isanganya, imbanyi yarimwo imfura yiwe na Lolilo irakoroka.

JPEG - 63.7 ko
Ifoto yanditsemwo isezerano ryo gukundana ubudatandukana hagati ya Lolilo na Loriane

Amakuru duhabwa na Indundi magazine avuga ko Loliane canke Lizzo, umutambukanyi wa Lolilo ari kwa muganga ku bitaro Prince Regent Charles vy’i Bujumbura. Bivugwa ko inda y’amezi atatu yari afise yoba yakorotse. Ikitaramenyekana ni icatumye iryo sanganya rishikira umugore w’umuririmvyi Lolilo.

Turacabandanya dutohoza ayo makuru.


Chérif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.